Ishirahamwe ry'abaririmvyi mu Burundi (Amicales des musiciens) rifise Icicaro I Bujumbura ariko rikagira n'amashami atandukanye mu gihugu hagati. Igenekerezo rya 31 Kigarama 2022 abaririmvyi bahurikiye…
Dj Ira wa murundikazi akorera akazi ko kuvanga umuziki I Kigali mu Rwanda, avugishije benshi ku rubuga rwa Instagram, kubera ivyo aheruka gukoreshwa n'abitabiriye kimwe mu bikorwa yarimwo. Dj Ira n'umwe mu ba…
Ca kibazo c'abanyamahanga barumirwa bagahembwa neza gusumba abarundi ngo ata gihindutse gishobora guhamagarwamwo Umukuru w'igihugu. Impamvu ngo nuko abategura ivyo biteramo ari abanyamahanga bashira imbere inyungu…
Dj Paulin avuga ko agahaze ngo haboneke ama Sponsor mu ma Company ya hano iwacu ngo Kari muri Leta y'Uburundi. Mu kiganiro na Juste Gael, Bizimana yavuze ko abategura ibiteramo naho barabishwako urutoke ngo bahemba…
Impari ni zose ku rubuga rwa Twitter kubera inyifato yabonetse ku mwana aheruka gufotorwa aramutsa umutambukanyi w'umukuru w'igihugu, aho bari muri rugendo kuri leta zunze ubumwe za Amerika. Usomye icashatse…
Urukumbuzi abafana bari bafitiye umuririmvyi Big Fizzo rwagabanutse, kuko ya ndirimbo yari yemewe ko buca ishirirwa ahabona amasanamu yamaze gusohoka. Iyo ndirimbo izwi nka Ndabizi, ikaba yashiriwe ahabona amasanamu ku…
Mu gihe abaririmvyi b'abarundi ngo batanguye kwagurira ibikorwa mu Rwanda, n'abanyarwanda bakitabira ibikorwa i Bujumbura kugira bagire ico binjiza, ngo abakoresha imbuga ngurukanabumenyi zitandukanye nka Facebook…
Noneho Israel Mbonyi agiye guteramisha abarundi mu misi mikuru yo kurangiza umwaka. Ivyo nivyo vyumvikana mu butumwa uwo muririmvyi aririmba indirimbo zo guhimbaza Imana yashikirije abicishije muri Video yacishijwe ku mbuga…
Akazi ko gutwenza abantu ngo n'ubu abantu ntibaratahura ko ari akazi mu tundi, kandi ko gashobora kugutunga, kakanagutungira umuryango. Ivyo Kigingi yasubiye kandi kubivugako muri Raoul Comedy Garage yabaye kuri uyu…
Uwudakwiza imiriyoni 10 z'amafaranga ya hano iwacu, ngo ntari mu gitigiri c'abazosubira guhamagara umuririmvyi Sat-b ngo akore igiteramo. Ivyo biheruka gushikirizwa na Sat-b ubwiwe ku mbuga ngurukanabumenyi asanzwe…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.