Umurwi ujejwe kumenya ukuri n'ukurekuriranira CVR, uriko urimba ibindi binogo bine vyahambwemwo abagandaguwe mu 1972, ku mutumba Mashitsi, hafi y'ikigo IRAZ gikora ubushakashatsi mu bijanye n'uburimyi…
Reta y'Uburundi yaraye itangaje ko kuva ubu ingenzi ziza mu gihugu zivuye mu bihugu bimwe bimwe birimwo Coronavirus ko bategerezwa kuzohora bashirwa ahantu imisi icumi n’ine bakurikiranwa mu ntumbero yo kwirinda ko ico…
Ku kibazo c’uko Double Jay yoba yashatse gukorera ku karirimbo karirimvyemwo Sat-b na Duniano bise Kweti Kweti, ngo sivyo. Igituma Double avuga ko ari kubera we iryo jambo ngo ryavuye mu gifaransa, noneho Ashima kurishira mu…
Ko hoba hari agahinda n’umubabaro yamye anyegeza kuva kera kuko yagerageza kwerekana ko anezerewe ariko yubakiye kunguma z’umubabaro ; niyo majambo umuririmvyi Dj Pro yazindutse ashikiriza kuri uyu wa kane igenekerezo rya 05…
Lolilo ngo muri kino gihe ntakirikumwe na Loliane, ariko kandi ngo ntiyiteze vuba kugira uwundi mukobwa yerekana. Ivyo nivyo aheruka kuyagira kimwe mu binyamakuru vya hano iwacu. Muri ico kiyago, uwo mwanditsi akaba…
Umwe mu baririmvyi b’abarundi babarizwa mu gihugu ca Canada, Kaya Free, aheruka kumenyesha ko hari ibikorwa bishasha biriko birategurwa ngo vuba cane bizoshirwa ahabona. Ivyo navyo s’ibindi n’urukurikirane tutarabasha…
Umuryango wa Belle Nice ngo uraryoherewe inda afise, kuko ngo n’umuvyeyi wiwe yaranamukeje kuko ngo yahawe ivyo abenshi bipfuza. Mu kiyago n’imwe mu mboneshakure za hano iwacu, uwo mwigeme avuga ko umuryango umuri hafi, kuko…
Mika sengazi ngo ntiyigeze yibaza ko atanguye gukina Comedie, ariko ngo buke buke yahavuye yisanga yamaze gutangura gukina. Ariko kandi akaba avuga ko iyo ngabire anayisangiye na se, naho we ngo atayicisha ifaranga, kuko…
B Face ngo umu Star arafise Vie Prive, kuriwe ngo ico atashatse ko bavuga ngo ntibikunda ko bakimukuramwo. Ivyo akaba aheruka kubivugira mu kiyago yitavye aho hari hatumiwemwo abaririmvyi co kimwe n’abamenyeshamakuru…
Big Fizzo ngo aja mu nzu z’ubutambiro kuko aba ashaka kuja kwumviriza aho umuziki ugeze, imidiho abantu baba bagize igihe bakunda. Ariko ngo abandi bo ntiyomenya impamvu bajayo, aho ni mu gihe yariko abazwa ico yovuga ku…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.