Inyuma y'igihe kinini hataboneka isohoka ry'abaririmvyi babarundi baja gukora ibiteramo hanze y'igihugu hano mu karere ka Afurika y'Ubuseruko na cane cane muri Tanzaniya ndetse na Kenya ni Sat-B yashize…
Monna Walda ngo nta mugambi afise wo guhagarika umuziki naho hari abatavyerekwa ko muri kino gihe ari mu muziki, aho akaba kandi anavuga ko we ataco aje guhindura, ariko ngo we azanye bishasha abantu basanzwe batamenyereye…
Ku musi wa gatatu uheze, Inama nshingamateka y’Uburundi yarize itegeko ryemeza umukuru w’igihugu ayoboye igihugu muri kino gihe ko yoba imboneza mu kuzirikana inyuma y’ikiringo co kuramutswa igihugu. Abashingamatekana bamwe…
Mu ndirimbo Ibibazo aheruka gukorana n’abaririmvyi batandukanye 5, B Face avuga ko yashaka ijwi ry’umwigeme nawe akora Rap ngo bikunde humvikanemwo amajwi hafi nka yose, ariko yavuze ko ivyamubayeko amushitse imbere…
Vyukuri abahinyanyuzi bava muri MasterMuzik boba bagenda bakurikiye ahandi hari amafaranga asumba ayo muri iyo nzu ihinyanyura umuziki, na rirya basa n’abaguma bavayo uko umwanya uhera? Masterland aheruka gutanga umuco. Mu…
Mu gihe hari haheze imisi tubamenyesheje ko hari indirimbo umuririmvyi David avuga ko uno mwaka azoshira ahabona ziri mu rurimi rw’ikirundi, izo ndirimbo yasubiriye kumenyesha ko ziri hafi cane. Akoresheje urubuga rwiwe rwa…
Nimbona Jean Pierre benshi bazi nka Kidum ngo uko biri kwose abarundi n’abarundi kandi bose abafata kumwe, ngo umwe amuhamagaye mu kazi ntiyoreka kugenda, nkuko ngo n’uwundi yomuhamagara uko nyene. Ivyo n’ivyo aheruka…
Happy Famba ngo umuziki yabanje kuwushira ku ruhande ngo abanze kwanza yinjize amafaranga biciye muri The Fighter Production, Ivyo nivyo aheruka gushikiriza mu kiyago yagiranye n’imwe mu mboneshakure za hano iwacu anavuga…
Umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu, Pascal Barandagiye, ahamagarira ba musitanteri b’amakomine kuba hafi kugira batange impapuro zisabwa n’abagiye kwitoza mu matora yimirije. Umushikiranganji Barandagiye…
Mukiganiro yahaye abanditsi n’abamenyeshamakuru , umuhuza w’abarundi Édouard Nduwimana yahamagariye abanyepolitike bagiye guhiganirwa kuzorongora igihugu mu matora yimirije gushira hagati na hagati mu migambi yabo…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.