N’ibindi bihugu vyahambije Uburundi mu kababaro kadasanzwe kuba umukinyi w’ibikino bitwenza Kacaman Darcy yitavye Imana. Hampande y’abarundi babajwe cane n’urupfu rw’umwana muto, Darcy Iradukunda batazira kacaman darcy,…
Hari umuririmvyi w’umunyarwanda agiye gukorana indirimbo na Chris Biz, naho nawe ata kinini arabishikirizako. Hari umwumvikano uri hagati ya Chris Biz hamwe na Manager wa Yvan Buravan, uwo ngo ukaba uhagaze ku bikorwa…
Big fizzo ngo naho aryohererwa ugutera imbere kw'abaririmvyi ndundi, buri gihe yama ari maso ntihagire uwumutwara ikibanza arimwo. Ukugenda akebaguzwa araba hirya no hino ni kimwe mu bituma agumana ikibanza amazemwo…
Monna ngo s’umu Slay queen nkuko abantu bovyibaza, igituma ngo nuko we ivyo afise atabihabwa n’abagabo. Mu kiganiro na kimwe mu binyamakuru vya hano iwacu, Monna avuga ko ubu Slay Queen bamwagiriza ataribwo, igituma ngo nuko…
Big Fizzo ntabona kumwe n’abandi ikivurwa nk’ikibazo hagati yiwe na Sat-b. Big Fizzo ngo nta kibazo yigeze agiriranira na Sat-b kandi nta n’ico azigera agiriranira n’abaririmvyi b’abarundi, ivyo n’ivyo aheruka kuvugira ku…
Emery sun yijeje abamuhaye icumu ry’umuryango kutazobatetereza, kandi kuzohagarira izina ry’umuhisi papa wiwe, nayo batonya biwe bon go ntaco bazomuburana. Kuri uyu wa mungu igenekerezo rya 28/7 niho umuririmvyi Emery Sun…
Ukugara ngo kwoba arikwo gutuma Big Fizzo atabasha gukorana indirimbo n’ibihangange vyo muri kano karere uburundi burimwo. Ibura ry’ugukorana indirimbo kwa Big Fizzo n’ibihangange bikomeye muri afrika y’ubuseruko nka Diamond…
Ikindi giteramo ca Diamond camaze gutangura gutegurwa i Bujumbura, inyuma y’icakomerekeyemwo benshi, abandi baravunika. Inyuma y’igiteramo akoreye i Bujumbura, kikitabirwa n’abantu batari bake, Diamond ngo azosubira…
https://m.youtube.com/watch?v=0wdc9JPL6M4
Afrika nova ngo naho yahevye umuziki aronse akanya arakora ibiteramo hirya no hino kuko abakunzi b’indirimbo ziwe babandanya bamusaba kuzicuraranga. Africa Nova ntagikora umuziki nkuko yawukora akiri muto, ubu awukora nko…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.