Umurwi w’igihugu ujejwe kumenya ukuri n’ukunywanisha abarundi CVR (Commission Vérité et Réconciliation) urazura kuri uwu wa gatatu igenekerezo rya 20 Ntwarante 2019 ibisigarira vy’amagufa bivugwa ko ari ay’umuntu umwe yatowe!-->…
Abakozi b’ishirahamwe Liquids rihingura ibinyobwa “Aquavie” vy’ishirahamwe “Savonor” baragabisha ko bazohagarika akazi kw’igenekerezo rya 21 uku kwezi kwa Ntwarante 2019 mu gihe ubuyobozi bw'iryo shirahamwe!-->…
Abaporisi babiri bishwe barashwe n’umuntu yitwaje inkoho yo mu bwoko bwa kalachnikov ku musozi Mutara, zone Maramvya, komine Mutimbuzi, intara ya Bujumbura. Uwarashe abo baporisi yagiye atwaye n'inkoho zabo. Nk'uko!-->!-->!-->!-->!-->…
Kuri uno wa mbere igenekerezo rya 18 Ntwarante 2019 niho umuririmvyikazi Natacha yatahuka avuye mu gihugu kibanyi c'Ubuganda kuzana agashimwe yatahukanye muri Hipipo Music Award akaba yagatsindiye akubise hasi!-->…
Spok's mu mwambaro wa BETV imboneshakure asanzwe akorera Spok’s ngo arakumbuye kuririmba, ariko akazi k’ukumenyesha amakuru ngo niko kamugeramiye. Buri gihe iyo atashe avuye muri Karaoke avayo yafashe ingingo!-->!-->!-->…
Abapfasoni bahurikiye mw'ishengero ry'abisilamu mu Burundi bahamagarirwa kwijukira kuja mu mashirahamwe hamwe n'amakoperative yo kwiteza imbere. Mu ntumbero yo guhimbaza umusi mukuru mpuzamakungu wahariwe umukenyezi wama!-->!-->!-->!-->!-->…
Umugwi Aigle Noir w'i Makamba umwanya n'umwanya ushobora kubura bamwe mu bakinyi bawo bakomeye. Mu gihe umugwi Aigle noir umaze kuba utwara ihiganwa rya Primus league ry'umwaka wa 2018/2019 uburongozi bw'uyo!-->!-->!-->!-->!-->…
Umunya Misiri Gehad Grisha niwe yatowe kuzohagarikira urukino ruzohuza Uburundi hamwe na Gabon . Ishirahamwe ritwara abahagarikizi b' umupira w'amaguru muri Africa CAF ryamaze gushira umuhagarikizi azohagarira!-->!-->!-->!-->!-->…
Kuva u musi wa gatanu igenekerezo rya 15 Ntwarante umwaka wa 2019 ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB ryarashize ahabona ukungene imigwi izohura mu nkino z'igice 1 /4 gishira icanyuma!-->!-->!-->…
Umukinyi w'umusatirizi w'intamba mu rugamba Fiston Abdoulrazzaq yavuze y'uko urukino ruzobahuza na Gabon kuwa 23 Ntwarante ari urukino rusanzwe nk'izindi nkino . Mu gihe harindiranywe igishika urukino rw'intamba mu!-->!-->!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.