Inyuma yo kwemeza ko bagomba gusohora ibikorwa vy'abana ba Empire Avenue bashize ahabona uwugomba gukurikira inyuma ya Nkuyakuya ya Best Life Music Sabo ya Belle9ce niyo igomba kuja ahabona kur'uyu wa gatanu!-->!-->!-->…
Ihiganwa ryitiriwe igikombe c'umukuru w'igihugu ryaronse ishirahamwe rigiye kurifata mu mugongo. Kuri uyu wa gatandatu uheze igenekerezo rya 06 Ndamukiza umwaka wa 2019, mu gisagara ca Dar Es Salaam niho uwusanzwe atwara!-->!-->!-->!-->!-->…
Botchum agiye gufatanya n'abandi mu guhinyanyura amatego y'ishirahamwe ry'abaririmvyi AMB kuko atakijanye n'igihe. Ukwegeranya abaririmvyi kuko basanzaye, abandi nabo barangwa n'ukutumvikana, co kimwe!-->!-->!-->!-->!-->…
Abateshejwe ivyabo n’intambara gushika ubu bataritura umurwi w’igihugu ujejwe gutatura amatati y’amatongo n’ayandi matungo CNTB mu mpfunyapfunyo y’ikinyamazuru ngo bafise ikiringo kitarenga imyaka ibiri co kuwitura nayo!-->…
I Amakuru ashikirizwa n'igiporisi c'Uburundi amenyesha ko kuri uyu wa mbere waraye uheze igenekerezo rya 1 Ndamukiza umwaka w'2019, amenyesha ko hari ibikoresho vya gisirikare bitandukanye vyaraye bifatiwe!-->!-->!-->!-->!-->…
Insamirizi na Terevisiyo vya Repubirika y'Uburundi (RTNB) ngo yoba igiye kurihishwa ihadabu ingana n'amafaranga ibihumbi icumi vy'amanyamerika biturutse ko ngo yoba yarahonyanze amategeko ikerekana ku!-->…
Ikigo kijejwe kworohereza abanyamitahe API kimenyesha ko iterambere ry’igihugu mu vy’ubutunzi rica mu gisata c’abikorera utwabo kandi ko kazoza k’igihugu gahagaze ku rwaruka. Kuri uno wa 1 Ndamukiza umwaka w’2019, ikigo!-->!-->!-->!-->!-->…
Mu giporisi c’Uburundi bamenyesha ko muri iyi ndwi dusozereye kuri uwu w’Imana, abantu bagera kuri batanu aribo batswe impusha z’ukugendesha imiduga, hisunzwe itegeko rishasha ry’umushikiranganji ryongereza ibihano ku!-->!-->!-->…
Ihiganwa rya Primus league rigiye kubandanya kundwi yaryo igira 28. Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 30 Ntwarante umwaka wa 2019: Buja city izakwakira Musongati Fc isaha indwi n'igice 13h30 ku kibuga citiriwe!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Mu gihe hari haciye imisi itari abatari bake bibaza aho ikigongwe umukuru w'igihugu Nyenicubahiro Petero Nkurunziza yagiriye bamwe mu bapfungwa kizoshirwa mu ngiro, kuri uno wa gatanu niho kw'ibohero rikuru!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.