Sat-b ngo abamwanka ntibazobura, ariko n'abakunzi baruzuye. Ahanurwa gukomeza uko ariko arakora ahubwo ashiremwo inguvu gusumvya. Bizimana Aboubakar Karume abenshi bazi nka Sat-b ahanurwa kubandanya araba imbere!-->!-->!-->…
Dudu Niyukuri ngo ntiyiteze gusiga abamukurikira ngo arondere abandi bumva izindi ndimi, ariko avuga ko agiye kugumana nabo kandi yongera arondera abavuga izo zindi. Dudu Niyukuri ngo agiye guhindura ururimi aririmbamwo!-->!-->!-->!-->!-->…
https://youtu.be/6yWC3A-vLuk
https://www.youtube.com/watch?v=ZrfSmZZzThg&app=desktop
1.Namba Moja By B Face http://www.glmmusic.com/modules/glmusic/music/B/BURUNDI/NOV2015/pp_nambamojabybface.mp3 2. Rumata By Mb Data !-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Igitabo bivurwa ko cahinduye ubuzima bw'abantu benshi kigatuma abantu benshi bashika ku masonga ni igitabo citwa " Think and Grow Rich" canditswe n'uwitwa Napoleon Hill yava muri Amerika, akaba yacanditse!-->…
Double jay yahakanye ibivurwa ko indirimbo yiwe nshasha yoba irimwo igishegu, ariko akemeza ko iyo ndirimbo irimwo amajambo y'urukundo akomeye, kandi ari ay'abantu bakuze. Double Jaya avuga ko mu misi mikeya akaririmbo!-->!-->!-->!-->!-->…
Naho atabashije kuvuga ryari azoyishira ahabona, canke uwuzoyikora, R Flow yavuze ko ayo masanamu ari mu nzira. Inyuma y'ukuva i Bujumbura aho yasubiye i Kigali ku kazi, R Flow yavuze ko hari igikorwa gishaha buca!-->!-->!-->!-->!-->…
Hampande y'ukurabwa n'abatari bake ku rubuga rwiwe rwa Youtube, indirimbo Nzobikora yakorewe Challenges yatumye imirwi itari mike y'abatamvyi basidukana niyonka mu kuyitamba. Ibihumbi 300 vyo mu kwezi kwa 1 ngo!-->!-->!-->!-->!-->…
Umuhagarikizi mpuzamakungu pacifque Ndabihawenimana yashizwe mu bahagarikizi bagiye guhagararira inkino za CAN U 20. Akaba yashizwe muri urwo rutonde n'ishirahamwe ry' umupira w'amaguru muri Africa CAF .!-->!-->!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.