https://youtu.be/lZGTZ0aCbkY?list=PLfqlH3YW9SLZysI3xZkz3Nvr7lwoqQaNu
Umukinyi w'umusatirizi mu murwi Intamba mu Rugamba ndetse n'Umugwi Sun rise wo mu gihugu c'Urwanda yaguzwe na Rayon Sports . Amakuru twasomye muri kimwe mu bimenyeshamakuru vyo mu Rwanda kiravuga ko Rayon Sports yamaze!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Inyuma yo gutsinda ibitsindo 2-0 Umugwi nserukira gihugu w'Ubuganda w'abatarenza imyaka 17 Intamba mu rugamba z'abatarenza imyaka 20 ziraza gusubira gutana mu mitwe na Buja City ikina mu cicaro cambere . Ruza kuba ari!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Umuryango ugizwe n'abantu batandatu (abavyeyi babiri hamwe n'ibibondo vyabo bine) baraye basize ubuzima bwabo mw'isegenya y'imvura sindamusiga yaguye mw'ijoro ryaraye rikeye. Mw'ijoro ryo kuri uyu wa kane!-->!-->!-->!-->!-->…
https://www.youtube.com/watch?v=LOHpEaXFzDU
Inyuma y'iyakwije y'iyiheruka gukwiza Views zirenga 100,000 mu mezi makeya imaze isohotse, Double jay avuga ko mu misi ya Vuba buca ashira ahabona akandi karirimbo gashasha. Ako karirimbo akaba avuga ko kazoba kitwa!-->!-->!-->!-->!-->…
Imigwi izohura mu gice 1/8 gishira icanyuma c 'igikombe citiriwe Umukuru w'Igihugu yamaze kumenyakana naho hatarashigwa ahabona umusi inkino zizoberako n'ibibanza zizoberako. Uku niko imigwi izohura : Lumiere de!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Mu rugendo yari amazemwo imisi mu gihugu c'amavukiro, Patrice Ntāfátiro ajejwe imicokama mu barundi baba mu mahanga amenyesha ko yari igikorwa kidasanzwe Leta y'Uburundi yari ishaka ko yofashamwo. Ico gikorwa rero ngo!-->!-->!-->!-->!-->…
Kuva kw'igenekerezo rya 10 gushika Igenekerezo rya 13 nzero ihiganwa ry'igikombe c'Umukuru ryarabandanije mu gice 1/16 gishira icanyuma. Uku Niko imigwi yose yatsindanye : -Rukinzo 1-0 Les crocos Vital'o Fc!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
https://youtu.be/A4YBIM_EAz8?list=PLfqlH3YW9SLZysI3xZkz3Nvr7lwoqQaNu
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.