Indirimbo nshasha ya Big Fizzo yitezwe, ngo ishobora kudasohokera ku rubuga rwa YouTube. N'aho ataco arabasha kubishikirizako Big Fizzo, ngo indirimbo nshasha yiwe yitezwe muri ino misi ariyo NDABIZI ngo ishobora…
Abafana ba Alvin Smith babarizwa i Buruseli ngo bashobora gushikirizwa imipira bakoze commande ku buntu. Mu gihe Alvin Smith yitezwe mu gihe ca vuba mu Bubirigi, uwo muririmvyi yahimirije abafana biwe kubandanya bagira…
Umuzo w'insamirizi Igicu FM irongowe na Fanny Nyamuragwa azwi kuba umurongozi wa DFTV257, ngo ufitiye imigambi myinshi abaririmvyi. Umwe muriyo yaganiriye bagenzi bacu, n'umuryango uzoba wuguruwe ku baririmvyi…
President Evariste Ndayishimiye nawe yarihanganishije aba Tanzania Inyuma y' isanganya ry'indege yahitanye abantu ryabaye ku musi w'ejo muri ico gihugu. Umukuru w'igihugu akaba yanditse ku rubuga rwiwe rwa…
Kuva aho aviriye mw'ibuye, nkuko bakunze kuvuga, Olegue ngo ubu agendera kw'Ijambo ry'Imana nkuko aheruka kubishikiriza. Baraka Olegue ngo ubu agendera kw'Ijambo ry'Imana, naho ritoroha ko…
Ukwiyambiza kwa Alvin Smith ntibikiri ibanga, kuko nawe avyemera Kandi avuga ko ataco bimutwaye, Kandi ata n'uwo vyari bikwiye kubabaza. Muri iyi ndwi twaraye turangije, umuririmvyi Alvin Smith yasavye…
Mu misi iheze ku badukurikiranira hafi, muribuka ko twari twababwiye ko Mugani yari yamenyesheje ko ashobora gushira ahabona igikorwa gishasha. Icizere ko iyo ndirimbo ishobora kuboneka vuba kibandanya kirwira,…
Igenekerezo rya 12/11 niho rwa rukurikirane twari twabamenyesheje ko umuririmvyi Andy Mwag buca ashira ahabona azorwereka amakungu. Nkuko amakuru dukesha urubuga rw'uwo muririmvyi abishikiriza, harateguwe…
Igiteramo c'umuririmvyikazi w'umunyarwanda, Ariel Ways giheruka kubera hano iwacu, categuwe n'umumenyeshamakuru akaba n'umu Youtubeur Landry Pacelli benshi muzi nka Landry Promoter, Kandi ngo…
Bizimana Aboubakar karume ngo uko biri kwose Aho bukera ku musi wa gatanu azoshira ahabona Indirimbo zibiri icarimwe. Izo ndirimbo zibiri zikaba zamenyekanye amazina yazo, aho ari Mon amour hamwe na ishari, nkuko vyabonetse…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.