Umukuru w'igihugu Evariste Ndayishimiye ngo abantu babitse amafaranga muzu baraba maso, kuko hari umusi bazokwikangura ayo babitse asigaye ari ibipapuro. Ivyo uwo mutegetsi yabivugiye mw'ihuriro ry'abikorera…
Dutegura ino nkuru indirimbo Body ya D one na Social Mula yari isigaje Views ziharurwa ku ntoke ngo ikwiza Views 100,000. Umuhinyanyuzi yakoze iyo ndirimbo arabeshuza ibihuha vyariko birashikirizwa ko iyo ndirimbo yoba…
Inyuma y'igihe abarizwa ku mugabane w'Uburayi, umuririmvyi Mugani Desire ngo yamaze gushika ku butaka bw'Uburundi, nkuko amakuru dukesha umwe mu bakurikiranira hafi ivy'amakuru yiwe abishikiriza. Uwo…
Alvin Smith yagarutse Kandi ku mugabo yabonetse cane hampande yiwe aho yari i Kigali mu bikorwa vyiwe vy'umuziki. Uwo muririmvyi akoresheje urubuga rwa Instagram mu gice ca Story akaba yamenyesheje ko abatubaha…
Mu babaye hafi yacu bagakurikirana amakuru twagiye dutanga muri ino misi, twari twababwiye ko Indirimbo ya Double Jay na Kenny Sol iheruka gukwiza 1M Views ku rubuga rwa YouTube rw'umuririmvyi Kenny sol. Ayandi makuru…
Ku bakurikiranira hafi amakuru dutanga mu misi iheze twari twababwiye ko bivugwa ko Olegue yasubiye muri studio kubandanya ibikorwa ubona ko ariho yarakironka akaryo. Iyo nkuru iheruka kwemezwa n'uwo muririmvyi nyene, mu…
Mu misi iheze umumyarwenya Machael Senganzi yari yamenyesheje ko ariko akora cane ngo bikunde ko Igikorwa asanzwe ategura ca CARAVANE du Rire cosubira Kandi gukoreka. Ku musi w'ejo, uwo munyarwenya yatanze icizere…
Inyuma y'amezi 4, umuririmvyikazi Natacha yashize ahabona Indirimbo yiwe nshasha, iyo nayo ikaba yahawe akazina ka Walete. Iyo ndirimbo ija ikurikira indirimbo ikigori imaze kurabwa incuro zirenga 100,000 ku…
Uwuvuze ko Kiki Toure yari umwami wa Karaoke I Kigali ntaba abeshe, kuko Kiki ari umwe mu baririmvyi ba karaoke b'abarundi imbere Covid-19 yari rutumwako mu bikorwa bitandukanye i Kigali. Uwo mwami rero agiye gusubira…
Imbuga za Twitter z'abategetsi bamwe bamwe nk'urw'Umukuru w'umukuru w'igihugu Evariste Ndayishimiye, urwa Willy Nyamitwe co kimwe n'urw'umugambwe CNDD FDD zishobora gutangura kurihishwa…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.