Emelance Emy agiye gukora Karaoke I Kigali mu Kibanza c'umwe mu baririmvyi bakomeye i Kigali. Ku bakurikirana urubuga rwa Instagram rw'uyu muririmvyikazi, aheruka kwerekana ko ubu agiye kuza arakorera Karaoke…
Ange Minouche abatari bake bamenye biciye ku mboneshakure ikorera ku rubuga rwa YouTube yitwa Magic Chanel Tv, akaba ari no mu bayishinze, agiye gushinga urundi rubuga. Akoresheje urubuga rwiwe rwa Instagram, narwo ruboneka…
Kubwa Emery Sun ngo ukuguma wibaza ko Indirimbo yawe yahaturiye kandi wakubise ku ruhande, ngo n'uburwayi. Inyuma y'imyaka itari mike atakigenda, Emery Sun ngo ubu yahavuye aronka Indirimbo ziriko zikundwa na benshi…
Meili ngo abarundi bari bakwiye kumenya ko gukora umuziki hano iwacu bidasigura ko uca uguma uri uwo ngaha gusa. Ivyo uwo muririmvyikazi aheruka kubiyagira Indundi Hit Show. Muri ico kiganiro, uwo muririmvyikazi yavuze ko…
Mu migambi ya vuba, Kidum ngo agiye gukorera igiteramo mu gihugu kibanyi c'Urwanda, ivyo uwo muririmvyi akaba aheruka kubishikiriza mu kiganiro Imbaraga mu guhimbaza kiremeshwa n'umumenyeshamakuru Eddy Kamoso. Muri…
Nk'uko biri mw'itangazo ryashizwe ahabona kuri uyu wa kabiri, igenekerezo rya 27 Nyakanga 2022 n'amashirahamwe BME na COMEBU asanzwe acukura ubutare bwo mu bwoko bwa Coltan na casiterite mu ntara ya Kayanza,…
Iyo ukingiye imbwa indwara y'ibisazi uba ukingiye abantu, ico nico catumye ishirahamwe ABUMVAC rishiraho isekeza ryo gucandaga imbwa mu ntara za Gitega na Kirundo. Inyuma y'ama komine ya Vumbi, Busoni na…
Abafana b'umuziki wa Berry Music ngo nibitege ikindi gikorwa gishasha mu kwezi gutaha. Ivyo vyaraye bishikirijwe na Berry ubwiwe aho yaganira n'abafana biwe. Uwo muririmvyi aheruka kwumvikana mu ndirimbo yakoranye…
Abari aba Rappeur bahinduye bakaja mu yindi midiho, ngo aho bukera ntibaze batangare banse kwakirwa mu muryango w'aba Rappeur, ivyo bishikirijwe na Fabelove avuga ko ariwe mwami wa Hip Hop hano iwacu. Uwo muririmvyi mu…
Yoya Jamal yoba ariwe agiye gukorana na Made Beat? Ico ni kimwe mu bibazo wokwibaza inyuma y'ukubona uwo muririmvyi ari mu bakiriye uwo muhinyanyuzi mu gihugu c'Ubwongereza. Ishusho yabo, ikaba yabonetse ku rubuga…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.