Kubwa Michael ngo hano iwacu harabuze ibintu vyinshi cane kugira umwuga bakora w'ubu comedien uje ku rugero rushimishije. Michael avuga ko ica mbere gikenewe ari uko abantu batangura kubona ko uwo ari umwuga…
Fabelove ngo kimwe muvyo yipfuza n'uko hano iwacu ahabwa ijambo nk'uwukora Hip Hop kandi ngo yarabishitseko. Ariko kandi ngo yafashe inzira nk'iya Rwagasore, aho yiyemeje kugwanira umudiho wa Hip Hop…
Ikibazo c'ikorana ry'abaririmvyi ba hano iwacu n'ama Management asanzwe abarondera n'ikibazo gikomeye cane, kuko uko imisi igenda niko humvikana itandukana ry'abaririmvyi bariko baraduga n'ama…
Ce 19 Aout 2022, le Burundi s'est joint à la communauté humanitaire pour célébrer la Journée Mondiale de l'aide humanitaire. Les cérémonies se sont déroulées au Centre d'Information des Nations Unies à…
Indirimbo Mafu Masterland aheruka gushira ahabona avuga ko ishobora kuba ariyo ndirimbo yiwe ya mbere yamugoye cane gusumba izindi. Uwo muririmvyi avuga ko iyo ndirimbo ngo yaciye mu minwe y'abahinyanyuzi bo mu bihugu 3…
Kimwe mu bibazo bihari mu Muziki w'uno musi hano iwacu, ngo ni ibura ry'ukwubahana n'ukutibuka iyo umuntu aba yaravuye. Ivyo bikaba bishikirizwa na Emery Sun ubwiwe. Uwo muririmvyi akaba avuga ko abaririmvyi…
Abanyaburayi ngo nibaje ku mavi basenge, kuko imbere yuko umwaka wa 2022 uhera ngo barashobora kubona imihezagiro yo kubona kandi Michael Senganzi muri Tour yipfuza gukorerayo. Ariko nk'uko yabiyagiye Jimbere Magazine mu…
Ngo hari guca uwambaye Senganzi iyo yihenda agahagarika amashure ngo yungururije muri Comedie, kuko se umutama wo mu mugamba ntiyari kumukira. Uwo mugabo asanzwe aharurwa muri bake batwenza abantu hano iwacu amaze kujabuka…
Masterland ngo aracimenya vyose, ntarabasha kuronka abashiramwo uburyo mu bikorwa vyiwe, kandi vyokwinjiza amafaranga menshi. Uwo muririmvyi aheruka gushira ahabona akaririmbo kiwe gashasha yise Mafu, haraheze indwi 3,…
Hageze ku gahembo gahabwa abaririmvyi iyo bariko bakora ibiteramo, abaririmvyi batari bake bakoma induru, ko badahabwa ibibakwiye. Ico nico cabujije umuririmvyi nka Emery Sun ari muri bake bafise indirimbo ziriko zirakundwa…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.