Indirimbo 36 nizo zigiye gusohorwa n'umugwi Overdo team, umugwi usanzwe ukora umudiho wa Hip Hop. Abo basore bakaba ngo bazosohora izo ndirimbo nk'urukurikirane. Izo ndirimbo zose nk'uko umwe mubagize uwo mugwi…
Ivyashikirijwe na We Love Music ko watandukanye na Management bahoramwo ariyo db Music Entertaiment bishobora kuba ari impfagusa kuko amasezerano bari bafitaniye n’iyo management ngo ntirahera. Don Brighter asanzwe arongoye…
Impari muri kino gihe ni zose ku kijanye n’abasanzwe bakora umwuga wo gutamba babicishije ku mbuga zisanzwe zihurirako benshi, les reseaux sociaux mu kinyamazuru, kuko ngo baterekwa indirimbo za hano iwacu. Izo mpari zikaba…
Mu misi iheze mu makuru twari twabashikirije twari twagarutse ku dukino tugize imisi turiko turarabwa cane hano iwacu ku mbuga za Youtube na Facebook, zigize imisi zihurumbiwe n’abakinyi b’amareresi kubera akarusho bahakura.…
Amakuru agize imisi ariko aracanacanako ni amakuru y'ubugwayi bwa Yvan Buravan umwe mu baririmvyi b'abanyarwanda. Mu gihe ubutumwa butandukanye bubandanya buva hirya no hino bwo kumwihanganije, hari abavyikika…
Drama T ngo yoba aharurwa mu baririmvyi b’abarundi bambara neza gusumba abandi, kuko hampande y’ukuba yandika neza ngo ukwambara neza vyoba arivyo vyatumye amenyekana cane, kuko abantu bari batanguye kwibaza ko coba arico…
Mu gihe hano iwacu ivyo kwitwa amazina mu muziki bisa n’ibitavugwako rumwe na bose, aho hari na bamwe bavuga ko bihariye amazina y’abandi, Kidum we siko abibona. Uwo muririmvyi w’umurundi asanzwe akorera ibikorwa vyiwe vya…
Merveille azwi cane nka Meili muri uno muziki wa hano iwacu, ngo n'umufana akomeye wa Ykee Benda, umuririmvyi w'umugande. Uwo nawe nyene ngo nawe akunda indirimbo za Meili kubi. Ivyo n'ivyo uwo muririmvyikazi…
Bavuze izina Pasteur Mbayehaga Isidore abenshi ntibashoka bamenya uwawire, ariko babonye kamwe mutu Video twiwe dukwiragizwa hirya no hino, baca bamwibuka. Kamwe muritwo ni nk'aho yagaruka ku bifata amafoto ayo bakunze…
On July 30, 2022, more than 300 students benefited from school materials given by Dicobu to indigent children in the commune of Nyanza-Lac in Makamba province. Each student received more than ten notebooks, pens and a latte.…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.