Indirimbo nshasha y'umuririmvyi Pablo Tiken iri mu nzira, iyo ndirimbo ikaba izoba ibaye iya 3 asohoye inyuma y'igaruka ryiwe mu Muziki. Iyo ndirimbo igira gatatu, ikaba izoba Ari Collabo nkuko izo zindi 2 yaheruka…
Mow Kanzie ngo afise amakenga menshi ko R flow yoba afise umukunzi, kuko ngo ivyo abwirwa ntavyo yumva na gato. Mu kiganiro na Juste Gael, uwo muririmvyikazi yabajijwe ivy'i foto yashize kuri Status, avuga ko be na R…
Umuririmvyikazi Vania Ice ngo yamaze kuva kw'isoko. Uko Niko uwo muririmvyikazi yanditse ku rubuga rwiwe rwa Instagram, aho yayaherekezesheje n'ishusho arikumwe n'umukunzi wiwe. Uwo muririmvyikazi akaba iryo…
Inyuma y'ugushira ahabona Yooh, hama hagakurikira Yooh RMX bakoranye n'abaririmvyi batari bake, iri no mu ndirimbo z'abarundi zivuzwa cane I Kigali, ngo ubu naho agira yongeremwo uwundi. Naho hataramenyekana…
Inyuma y'imisi umuririmvyi Rally Joe Ari mu gacerere, uwo muririmvyi ngo buca asubira gushira ahabona ikindi gikorwa gishasha. Uwo muririmvyi w'indirimbo zitari nke zakunzwe na benshi, akaba mu majambo yabashije…
Naho adatomora neza, ariko ukwezi kwa 6, gushobora kurangira aruko ashize ahabona Indirimbo nshasha, uwo s'uyundi ni WA muhungu Ari mu minwe ya Mugani Desire ariwe Drama T. kuri uyu wa 3 igenekerezo rya 15/6 ku masaha…
Paterne umwe mu baririmvyi b'abarundi bakorera ibikorwa vyabo ku mugabane wa Amerika, ngo agiye kurushinga. Amakuru dukesha bagenzi bacu bakorera Igihe mu gihugu kibanyi c'Urwanda, ngo uwo muririmvyi agiye…
Big Fizzo ngo yoba agiye kuzanwa? Ico Nico kibazo umuntu yibaza amaze kubona ivyo umwe mu begereye uwo muririmvyi yanditse ku rubuga rwa Instagram na Facebook asanzwe akoresha. Kuri izo Mbuga, Yassin asanzwe akurikiranira…
Apotre Appolinaire abajijwe ibijanye n'ukwambara amahereni mu kiganiro yariko aha Bagenzi bacu, yahavuye ahubwo yongerako n'ibindi abatari bake batari bazi. Muri ico kiganiro, uwo mwungere akaba yamenyesheje ko…
Gitare Chanelle benshi muzi nka Chany Queen ngo ukuririmba ntiyigeze abibona nk'indoto yiwe, nkuko abatari bake bahora babivuga, ahubwo we yibona nk'umutamvyi. Mu kiyago aheruka kugirana ba bagenzi bacu, uwo…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.