Kimwe mu biganiro bikunzwe hano iwacu, n'ikiganiro Fun & Fact gisanzwe gitegurwa n'ikinyamakuru Siren Vibe, kigashikirizwa n'abamenyeshamakuru 4. Mu kiganiro Hangout ca Jimbere Magazine gikorwa na Kaboss…
B face ngo nta mugambi afise wo guhagarika gushigikira abaririmvyi bakiri bato, naho abo ashigikira batabimushimira. Mu biganiro yaba B face co kimwe na Meili baheruka gutanga, bose ntibahuriza ku ruhara rwa B Face…
Aboubakar karume benshi muzi nka Sat-b ngo hari ivyo yashobora gukora muri 2020, uno musi muri 2022 adashobora gukora, birimwo gutakariza umwanya abamenyeshamakuru. Mu kiganiro Sat-b aheruka guha mugenzi wacu Landry Promoter,…
Igenekerezo rya 1/7 Indirimbo nshasha ya Mkombozi izoba igiye ahabona. Muri Iyo ndirimbo Nzeyimana Thomas ngo azogaruka ku bibazo yagize. Nkuko yavyanditse ku mbuga ngurikanabumenyi asanzwe akoresha, ngo iyo ndirimbo…
Jesus Audry ngo n'umufana bikomeye wa Kigingi, Kandi kuva kera eka ngo uwo mugirwa azowubandanya. Mu kiyago yagiranye na Juste Gael, Audry yavuze ko kuba yarabashije gukinana na Kigingi kuri Podium imwe, ngo ryabaye…
Kuba hari abigeme bahagarika umuziki inyuma yo kugira ubugeni, ngo birababaje cane. Ivyo biheruka gushikirizwa na B Face ubwiwe mw'ijambo yashikirije mu bukwe. Muri iryo Jambo, uwo muririmvyi yasavye umushingantahe wa…
Uno musi icizere Cari gihari, nuko Indirimbo ya Mugani Desire na Bruce Melodie yoba iri mu nzira, hasigaye gato cane ngo isohoke. Uwo muririmvyi aheruka gutahuka avuye mu bikorwa ku mugabane w'Uburayi, we siko abibona.…
Imwe mu myidogo igize igihe iriko iravugwa hirya no hino, n'ibura ry'indirimbo zisohoka ku bwinshi, z'abaririmvyi bo muri Bantu Bwoy. Mu kiganiro Big Fizzo aheruka gutanga aganutse avuye I Burayi, yagarutse…
Mu gihe yaramaze igihe adashira ahabona Vlog n'imwe canke video ya Comedy, umuririmvyi Alvin Smith yasubiriye Kandi kuboneka muma Vlog. Kuva aho umutambukanyi wiwe ashikiye hano, aje mu karuhuko n'ukuraba umuryango,…
Mu gihe muri ino misi ibijanye n'ukuba Umu Star Ari kimwe mu bibazo bikomeye mu gisata c'umuziki, Big Fizzo we yavuze ico we abona kuri uwo muce. Uwo muririmvyi akaba abona ko hari urugero rw'ama Hit utegerezwa…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.