Umukuru w'Igihugu Evariste Ndayishimiye ahejeje gufata ingingo y'uko uwurongoye Ishirahamwe OTRACO hamwe n'umunyamabanga arongoye ishirahamwe ryiyemeje gushira ivya «contrôle technique» i Gitega, Ngozi na…
Hari umukenyezi yishwe arashwe n'umuporisi mu gatondo ko kuri uyu wa kabiri, igenekerezo rya 29 Ruheshi 2021 muri karitiye Gisyo zone Kanyosha, komine Muha mu gisagara ca Bujumbura. Amakuru ava ahabereye ubwo bugizi…
Kuva aho bukera igenekerezo rya 1 Mukakaro uwu mwaka kirabujijwe kwubaka amazu hakoreshejwe amatafari y’ivyondo (ibinombori) muri komine Mukaza mu gisagara ca Bujumbura. Ivyo ni ibishikirizwa na Rénovat Sindayihebura…
Ce mardi 22 juin 2021, le Premier Ministre CPG Alain Guillaume Bunyoni a procédé à Bujumbura à l'ouverture officielle d’un atelier de validation du Plan d’ Actions National pour l'emploi des jeunes au Burundi pour…
Umuryango wa Nyenicubahiro Umukuru w'Igihugu c’Uburundi Evariste Ndayishimiye watanguje kur'uyu wa 17 rusheshi 2021 i Gitega, amasengesho yo gushimira Imana inyuma y'umwaka amaze arongoye Uburundi. Igisabisho…
Naho hakiri agahaze mw’ishirwa mu ngiro ryayo, poritike y'umukuru w'igihugu ijanye n’ukunagura ubutunzi bw'igihugu irashimwa n’abarundi batari bake. Bishikirizwa na Faustin Ndikumana arongoye ishirahamwe…
Kuri uyu wa gatatu, igenekerezo rya 16 Ruheshi 2021, urwego rujejwe gucungera ibinyamakuru mu Burundi CNC rwahagaritse ibihano vyari vyafatiwe iradiyo y'abongereza BBC hamwe n'ikinyamakuru gikorera ku buhinga…
Abavyeyi bakoresha abana mu kubasegesha hamwe n'abana bikura mu miryango bakaja gusega, bagiye gufatirwa ibihano hamwe batokwumvira impanuro zo kuvavanura n'izo ngeso igayitse. Umushikiranaganji ajejwe agateka ka…
Kuri uno wa gatatu igenekerezo rya 16 Ruheshi 2021, hakiriwe imiryango y'abarundi irenga 40 ihungutse ivuye mu gihugu kibanyi ca Repubirika iharanira demokarasi ya Congo. Iyo miryango yahungutse ikaba ari 46 igizwe…
Abanegihugu bo mu ntara ya Cibitoke barasaba abakuru b’ibihugu H.E Evariste Ndayishimiye hamwe na H.E Paul Kagame ngo bicare hamwe batora umuti w’ikibazo kiri ku rubibe ivyo bihugu bihana. Abo banyagihugu basaba ko umupaka…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.