Ibiro vy’intumwa idasanzwe y’ishirahamwe mpuzamakungu ONU mu Burundi vyugawe, kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 31 Rusama 2021, nk’uko vyari vyasabwe n’Uburundi. Umunyamabanga ntayegayezwa mu bushikiranganji bw’imigenderanire…
Umukuru w'igihugu ca Kenya Uhuru Kenyatta yagabiye mugenziwe umukuru w’igihugu c'Uburundi, Evariste Ndayishimiye inka mirongo itanu. Mu rugendo rw’imisi ibiri arimwo mu gihugu ca Kenya aho yagiye kwifatanya…
Amadorari y’abanyamerika 30 ku banyamahanga hamwe n’amafaranga y’amarundi ibihumbi 15 ku barundi niyo ingenzi izotanga kugira ipimwe umugera wa Corona, yinjiye i Burundi iciye ku rubibe rwa Gatumba Uburundi buhana…
Bishikirizwa n’umushikiranganji w’imigenderanire y’Uburundi n’ayandi makungu n’ugufashanya mw’iterambere. Ambassadeur Albert Shingiro yabishikirije mw’ijambo ryo gusozera ibirori vyo vy’inama igira 51 y’abashikiranganji ba…
Ishirahamwe ry'abadandaza ndengambibe bo mu gihugu ca Repubirika iharanira intwaro rusangi ya Congo rimenyesha ko iyugururwa ry'urubibe rwa Gatumba Uburundi buhana n'ico gihugu rihumuriza abandaza b'ivyo…
Umutambukanyi w'Umukuru w'Igihugu, Angeline Ndayishimiye yakiriye kuri uyu wa gatanu uwuserukira ikigo mpuzamakungu UNESCO mu karere ko muri Afrika yo hagati. Umupfasoni w'Umukuru w'Igihugu Angeline…
Umukuru w’igihugu c’Uburundi Evariste Ndayishimiye ahamagarira intwazangabo mu giporisi kwitaho gukomeza amahoro n’umutekano kugire ibikorwa vy’iterambere biranguke neza. Evariste Ndayishimiye yabateye ako kamo mu nyigisho zo…
Abarongoye amashirahamwe yo gutumatumanako amakuru bahamagarirwa kwikubita agashi mu guteza imbere igisata c’ubuhinga bwa none mu gutanga umuhora wa interenete inyaruka. Ako kamo bagatewe, kuri uyu wa kane igenekerezo rya 27…
Abasirikare umunani b’abarundi bari mu nteko za ONU zasize ubuzima ku rugamba, bari mu ntwari zishimirwa kuri uyu wa kane ku musi ishirahamwe mpuzamakungu ONU ryahariye izo nteko. Nk’uko biri mw’itangazo ryasohowe kuwa 26…
Reta y'Uburundi imenyesha ko urubibe Uburundi buhana n'igihugu ca Repubirika iharanira intwaro rusangi ya Kongo mu Gatumba ruzokwugururwa mu ndwi iza, igenekerezo rya 1 Ruheshi 2021. Icegera c'uworongoye umurwi…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.