Mu gihe ikibazo c’ibibanza abantu basigamwo imiduga bagiye ku buzi kikiri umuzi w’ibuye mu gisagara ca Bujumbura, umukuru w’ico gisagara avuga ko bagiye bipfuza kuzoshiraho abantu abacunga umutekano w’iyo miduga, noneho…
Nyakwigendera H.E Pierre Nkurunziza ngo imyaka 15 yatwaye igihugu c’Uburundi, yarabaye iy’ibihuhusi gusa, ariko umutima w’ubuntu ntiyawutakaje, kuko Ugusenga kwiyegereza abantu, Ukurima hamwe n’ugukunda umupira bitigeze…
Bisanzwe bizwiko Igihugu cacu kiri mubihugu vyo mukarere ka Africa y’ubuseruko (EAC) ivyo bigatuma mu mashure matomato abana bigishwa ururirimbo rwo guhayagiza uyo muryango ugize ibihugu vyo muri afrika y’ubuseruko rwitwa…
Umukuru w'Igihugu c'Uburundi asaba abanyagihugu bo muri zone Gatumba komine Mutimbuzi batewe n'amazi gutegura imitima ko bashobora kurondererwa ahandi hantu boshobora kujanwa kuba. Evaritse Ndayishimiye…
Umukuru w'Igihugu Evariste Ndayishimiye aranegura inyifato y'abari bajejwe kwubaka urugomero rwa Kajeke i Bubanza, aho rwatanguye kwubakwa kuva mu mwaka wa 2010 gushika uwu mwaka wa 2021 rukaba rutarahera mbere…
Uburongozi bwa komine Bugendana iri mu ntara ya Gitega bwarahagurukiye kugwanya imiriro ya nyakanga kuko basanze imiriro ibangamira umugambi wo gukingira ibidukikije “Ewe Burundi Urambaye.” Nk’uko bivugwa na Ntakarutimana…
Abadandaza b’isukari 5 bo mu gisagara ca Bujumbura mu ma zone ya Gihosha, Nyakabiga, Ngagara, Kinama na Cibitoke baramaze gukurwa ku ntonde za SOSUMO kubera kwikika mu kiza bakayinyegeza bongera baduza ibiciro. Ivyo…
Hamaze iminsi hibonekeza ubukene bw'amazi ku mugwa mukuru wa Komine n'intara ya Gitega, ubwo bukene bw'amazi bukaba bwibonekeza mu makaritiye ya Mushasha, Nyabugogo, Yoba, karera hamwe n'ahandi.…
Bamwe mu barundi n'abakongomani binjira mu Burundi canke mu gihugu ca Repubirika iharanira intwaro rusangi ya Congo, basaba ko amahera yo kwipimisha umugera wa koronavirisi yashinzwe na Reta y'Uburundi ko…
Hari kuri uwu wa kabiri igenekerezo rya 1 Ruheshi 2021 ahari haramutse hugururwa icese gukora ku mugaragaro ihayanisha-gurishwa ry'ibidadazwa bihingurirwa mu Burundi mu kibanza kiri imbere y'ikibuga c'umupira…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.