Ishure ry’abana babuze abavyeyi babo bakiri bato ryitwa Halaqah School niryo ryuguruwe n’ishirahamwe ry’abarundi baba muri Reta zunze ubumwe za America. Halaqah school ikaba ari mu gisagara ca Bujumbura muri Quaritie Buterere…
Induru ngo zirashobora kwaduka hagati ya Esther Nish hamwe na Manager wiwe Dj Jackson, imvo zayo ngo n'ukutumvikana bivanye n'uko rumwe muri izo mpande rutariko rukurikiza ivyo rwavuganye n'urundi. Amakuru…
Mista champagne ngo imigambi yahindutse, ngo nta gahunda afise yo gushira Indirimbo ziwe ziboneka muri Album nshasha ku mbuga ngurukanabumenyi zigurisha umuziki. Uwo muririmvyi yashize ku rubuga rwiwe rwa Instagram numero ya…
Indirimbo yakoreye amasanamu mu myaka yahera zitaboneka ku rubuga rwa YouTube rwiwe ngo zigiye kubonekako, ivyo n'ibiheruka gushikirizwa na R Flow ubwiwe mu kiganiro The Profile gica kuri Isanamu Tv. Muri ico…
Iradukunda Landry Pacelli ngo niko kazi kimwe k’amavuko, ariko abatari bake ngo bamumenye ku kazi ka Landry Promoter yaahavuye yiyita amaze kwinjira mu mwuga wo kumenyeshamakuru. Mu kiganiro yahaye imboneshakure Bukimoon Tv,…
Ubwo ibihejeje kuba hagati ya Francine Niyonsaba umunonotsi w’Umurundi na rimwe mu mashirahamwe y’ugutumatumanako amakuru, Econet, vyoba vyerekana ko hari iyindi ntambwe igiye guterwa hagati y’abanyabuhinga n’ubumenyi…
Abantu ngo nibareke gufatira mu rwara Olegue, ahubwo bamushigikire. Ivyo n'ibiheruka gushikiriza n'umwe mu banyamideri b'abarundi bakomeye basanzwe bakorera mu gihugu c'Urwanda. Ku rubuga rwiwe rwa…
Umukunzi wa Kigingi yabajijwe ibibazo bitari bike ku rubuga rwiwe rwa Instagram. Muri ivyo bibazo, hagumye hagarukamwo ikibazo c’urukundo rwiwe na Mugenzi Aubin benshi bazi nka Kigingi. Abatari bake bamubajije ikibanza…
Intambwe Uburundi bugezeko mu kunagura imigenderanire hagati y’abwo n’igihugu c’Urwanda ngo irashimishije. Umukuru w’igihugu c’Uburundi yabishikirije mw’ikoraniro kaminuza ry’umugambwe CNDD FDD riherutse kubera i Gitega.…
Ishirahamwe rijejwe gukwiragiza umuyagankuba n’amazi mu benegihugu Regideso riheruka guhura n’ibibazo vy’ukwibwa umuyagankuba ufise igiciro c’amafaranga arenga imiriyoni 25 z’amarundi. Ni muri komine Ntahangwa, zone kamenge,…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.