Abantu bamwe bamwe batanguye gusaba amafaranga yo kwimwesha, ngo bikunde nabo bimweshe nka Natacha Ngendabanka. Abo bariko bayasaba akaba ari bamwe mu bakurikirana urubuga rwa Facebook rwa Natacha. “Urampa amahera…
Umugwi w'igihugu ujejwe agateka ka zina muntu CNIDH uhamagarira abanyagihugu, abavyeyi n'abarongozi b'amashure kugwanya ihohoterwa ry'agateka k'abana. Uwo mugwi ubivuze mu gihe hibonekeza muri ino…
Ikiganiro The choice gica ku mboneshakure Isibo yo mu gihugu kibanyi c’Urwanda iriko irategura gutanga ubushimwe mu mice itandukanye y’ubuzima bw’umuziki muri ico gihuguc’Urwanda. Hakaba habonetsemwo abarundi mu mice…
Abarundi barenga 1000 bahunguka nibo bamaze kwakirwa kuva ino ndwi itanguye bavuye mu gihugu c'Urwanda na Tanzaniya. Ivyo bitigiri bitangwa n’umuvugizi w'ubushikiranganji bw'intwaro yo hagati mu gihugu,…
Afise amazina menshi, ariko izina Mkombozi niryo ryashitse mu mitima yabantu rirabanyengetera kubw'amajambo y'ubuhanuzi ndetse n'ikirundi gisa n'icabagiranywe, ku ndirimbo z'ubutumwa burashe.…
Eddy Kamoso ngo yarabonye Imana ikora muri iyi myaka 5 iheze asubiye gukorera I Kigali, iyo ngo niyo mpamvu nyezina yatumye yandika indirimbo “Ndiho” aheruka gushira ahabona. Ivyo yatuganiriye mu kiyago twagiranye ku…
Nkuko Alvin yari yaravyemeye mu kiganiro yatanze mu mwaka uheze wa 2020 ko azokora ubugeni mu bihe vya vuba, na Nirna umukunzi wiwe nawe aheruka kuvyemeza ku mboneshakure ya hano iwacu. Muri ico kiganiro, uwo mukunzi…
Ibanki ya repubirika y’Uburundi BRB iragabisha abantu bakora urudandazwa rwa magendo rw’imitahe y’abantu bashinze ishirahamwe rikora nk’ikirimba. Ayo mashirahamwe yemerera abanywanyi inyungu y’umurengera mu mwanya muto ariko…
Igiporisi c'Uburundi cerekanye kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 20 Nzero 2021, abagizi ba nabi bafadikanije n’umugore wa nyakwigendera kubwicanyi bwabaye mwijoro ryo kuwa 24 rishira uwa 25 Munyonyo umwaka uheze muri…
Sat-b ngo ntaco bapfa na Meddy naho abatari bake bavyibajije inyuma y’ukubona indirimbo bakoranye isohotse idafise amasanamu, kandi uwo muririmvyi ari mu bakunzwe I Kigali atayishigikiye mu kuyimenyekanisha. Ivyo Sat-b…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.