Ico rero abazungu bise "démon de midi" ngo n’ urufatangane rw'ibishobisha biza mu muntu mu kiringo yeregereje imyaka 50. Yamara rero ico c'imyaka ntibagihurizako kuko hari abavuga ko kiza nyabuna bugingo…
Ku mvo z'uko abana bo mw'ibarabara basubizwa mu miryango yabo bakongera bakagaruka kandi muriryo, umushikiranganji wo gushigikirana, Imelde Sabushimike, amenyesha ko bagomba kuzobanza kuja kugira amatohoza bamenye…
Amafaranga y’amarundi angana n’imiriyaridi 343 966 281 085 niyo atagekanyijwe kuzokoreshwa nk’umutahe n'amashirahamwe arenga 2500 mu gihe ubuzi burenga ibihumbi 10 butegekanijwe gutangwa n’ayo mashirahamwe. Ivyo ni…
Biraheza mbere bikatworohera cane kuko bica bitubera nk'ukwisiga inkore ku jisho. Mu ntumbero y'ukwanka gukomakoma uruhojojo rw'ivyatugoye , vyadutaye kuw'amazi,tugenda dukenyereyeko, turaheza rero…
Abunguruza abantu canke abiyunguruza batazokurikiza ingingo zo kwikingira Covid-19 cane cane kwambara agafukamunwa, bazohanwa hisunzwe igitabu mpanavyaha. Umuvugizi w’ubushikiranganji bw’intwaro yo hagati mu gihugu,…
Abahinga rero baciye irya n'ino ibijanye n'umunezero baraheza bagasanga y'uko umunezero nyawo ngo uva m'umuntu nyene. Uwo munezero rero ngo uza uvanye n'uko abona ariko arabaho. Abadafise…
Gushika kw’igenekerezo rya 31 Nzero 2021, imiduga yunguruza abantu n’ibintu izoba ifise ibikoresho vyo gutamwo imicafu (poubelle) nkuko bimenyeshwa n’ishirahamwe ryo kwunguruza abantu n’ibintu mu Burundi ATRABU. Charles…
Umushikiranganji wa mbere Alain Guillaume Bunyoni atera akamo abanyagihugu bose kwitabira isekeza ryo kwipimisha ikiza ca covid-19 hamwe no kwubahiriza ingingo zafashwe mu ntumbero yo gukinga ikwirakwira ry’ico kiza.…
Mu ntumbero yo kurwanya igwirirkana ry’ikiza ca koronavirisi, ubuyobozi bw’igisagara ca Bujumbura bumenyesha ko kuva ubu, kwambara agapfukamunwa ari itegeko ku muntu wese aja gusaba ijambo. Biri mu rwandiko rwasohowe na…
Umushikiranganji ajejwe kubungabunga amagara y’abantu no kurwanya Sida Thaddée Ndikumana arabeshuza amakuru amaze imisi aca ku mbuga ngurukana bumenyi. Agira ati “Barabesha, udufukamunwa nta migera ya koronavirisi turimwo”.…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.