Amakenga,n'ibibazo vyinshi nivyo vyatumye indongozi za Diaspora zitanga umuco, abenshi bakunze kwibaza ibibazo nka: Mbega Diaspora y'Uburundi irabaho?, Yoba ijamwo bande?,N'ibihe bikorwa ijejwe?Hoho ntiyoba ari…
Uwutaye akaranga aba ataye akabanga,nayo ngo igihugu kitagira umuco kiba gisa nk'icapfuye, Omer Nzoyisaba amenyesha ko ingoma ari umuco w'Uburundi kandi ukwiye kwubahwa. Kuvuza ingoma ni kimwe mu biranga umuco…
Kuja hamwe, gufashanya, gukundana, gushigikirana, nizo mpanuro zahuriweko n'indongozi za Diaspora y'u Burundi kumwe n'umukenyezi Nanette Ninihazwe. Mu kiganiro indongozi za Diaspora zakoranye n'indongozi…
Urunani rw'ama Diaspora y'abarundi kw'isi yose (Conferance internationale de la diaspora burundaise) rwarashigikiye indongozi y'ishirahamwe BDUSA Samuel Ndayiragije mu bibazo vyariko bigerageza…
N'ubwo isi iri mu bihe bigambaraye, ibihe vy'ikiza c'inrwara ya Corona(covid19) ngo ntakinanira Imana, Aline yarabonye ukuboko kw'uwuhoraho mu bugeni bwiwe. Hari kw'igenekerezo rya 04…
Nubwo baba mu mahanga, ngo ntibataye umuco, barangwa n'akaranga, kandi baracavuga ikirundi co kuziko. Hashizweho ishirahamwe "Tubivugane" mu ntumbero yo gutezimbere umuco n'akaranga mu barundi baba hanze…
Ishirahamwe (Baho) rigizwe n'abarundi baba muri Arizona Ku mugabane wa America riramenyesha n'umubabaro mwinshi urupfu giturumbuka rw'umushingantahe Tharcisse Rucintango. Nkuko bishikirizwa n'ubuyobozi bwa…
Inanga y'Uburundi ifise ukwo ivuzwa yisangije kw'isi yose, ifise amajwi ahanirana neza atahandi wobisanga kw'isi yose. Olympe Niragira n'umwe mu barundi baba mu mahanga, yakuze acuraranga igicurarangisho…
Ku barundi babarizwa muri Canada ngo aba ari n'umunezero utagira uko ungana igenekerezo rya 1 mukakaro. Uwo munezero abo barundi ngo bawugira kuko iryo genekerezo risobanura ikintu gikomeye haba muri Canada canke hano…
Bamwe mu barundi b'umutima barabandanya kugarukira kuri bene wabo bahitanywe n'umwuzurira mu Gatumba muri komine Mutimbuzuzi. Ishirahamwe rihurikiyemwo abarundi babarizwa ku mugabane wa America (BDUSA) naryo…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.