Mt Number one avuga ko akiri mu myiteguro kugira atangure gukora ibiteramo hano iwacu, naho muri leta zunze ubumwe za amerika ho adasiba kubikora. Mu gihe asanzwe akorera ibikorwa vyiwe bitandukanye ngaha Iwacu, ariko!-->!-->!-->!-->!-->…
Ku musi wa gatandatu uza igenekerezo rya 15 Kigarama, muri Reta ya Houston neza na neza mu gisagara ca Texas hazoca uwambaye. Abarundi baba Houston mu gisagara ca Texas muri Reta zunze ubumwe za Amerika bariko barategura…
Ubufaransa bwaraye bwemeye gutanga François Compaoré kugira ngo ajanwe muri Burkina Faso gucirwa urubanza rujanye n'igandagurwa ry'umumenyeshamakuru Norbert Zongo mu mwaka w'1998. Kuri uyu wa gatatu waraye…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.