Naho abantu bavuga ko hoba hakiri ubucuti bw'indenzarugero hagati yiwe na Diamond, Wema Sepetu ntahakana ko hari ubucuti buhari, ariko avuga ko ari ubusanzwe. Ivyabaye hagati ya Diamond Platnumz na Wema Sepetu ngo!-->!-->!-->!-->!-->…
Mu kiganiro yatangiye mu bwongereza, Rayvanny avuga ko ikibanza akunda kwandikiramwo indirimbo ari mu bwiherero, kubera uburyo hateye. Rayvanny ntarya umunwa mu kuvuga ko ikibanza ciza co kwandikiramwo indirimbo ngo ari!-->!-->!-->!-->!-->…
Dj Marnaud ubu niwe ari ku minwa y'abatari bake mu gihugu kibanyi c'urwanda, kubera ibiheruka kumwagirizwa aho bavuga ko yoba ari umwe mu baryamana basangiye ibitsina, Abatinganyi. Inyuma ya Mwiseneza muri Miss Rwanda,!-->!-->!-->!-->!-->…
Mushiki wa Diamond Platnumz ntabona ikibazo gihari kuba musazawe agiye kurongora umukobwa afise imyaka mike kuriwe. Imyaka iri hagati ya Diamond na Tanasha nayo izanye agatosi mu bantu, uwo mwigeme ngo yoba ari muto cane!-->!-->!-->!-->!-->…
Kimwe mu vyatumye Wema atavyarira Diamond Platnumz, Ukuvyara, coba kigiye kubona umuti. Mu gihe Wema Sepetu aboneka cane nkaho yagabanutse mu bunini muri ino misi, aravuga ico vyavuyeko. Aho ni mu gihe bamwe babona ko!-->!-->!-->!-->!-->…
Diamond ngo yoba yaranduje Harmonize umugera w'ugufatanya abigeme aha na hariya. None Uwo mukunzi w'umu Taliyano ngo yoba asigaye afise umuhabara muri Kenya. Inyuma ya Diamond, Harmonise nawe ariko yagirozwa guca inyuma!-->!-->!-->!-->!-->…
Wema Sepetu imbabazi yasavye kubera amashusho y'urukozasoni yasohoye yazihawe, ubu akaba agiye gusubira gukora ibikorwa bitandukanye bijanye n'amareresi. Mu gihe kuva mu kwezi kwi 10 kw'umwaka wa 2018, Wema Sepetu!-->!-->!-->!-->!-->…
Diamond Paltnumz ngo n'igisuma komvyo, kuko uburyo akora indirimbo ziwe aba yabwivye ku bandi baririmvyi barimwo n'abanyafrika. Nasibu Abdoul Jum ngo n'igisuma komvyo mu bijanye n'ugukora amasanamu!-->!-->!-->!-->!-->…
Diamond mu bwato aho yariko ahimbaza isabukuru ryiwe ry'amavuko arikumwe na bamwe mu batumiwe muri urwi rubanza, uwo barikumwe na Aunt Ezekiel yahoze ari umukunzi wiwe n'uw'umwe mu batamvyi biwe Bamwe mu bakurikiranira!-->!-->!-->!-->!-->…
Uwakojeje agati mu ntozi ngo n’umuririmvyi mushasha muri Tanzania, aho yatumye Jackline Wolper atamba abantu bakarwa mu gahundwe. Jackline Wolper ngo vyaramunaniye kwihangana, ariko ashima gutamba mu bantu azunza!-->!-->!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.