Umwigeme azakira Diamond Platnumz avuye I Bujumbura ntaramenyekana. Impari rero ni zose Ku mbuga ngurukanabumenyi kuri uwo mwigeme ashobora kuzomwakira. Impari ni zose Ku mbuga ngurukanabumenyi I Kigali kubera umukobwa…
Aba Tanzania batanguye kurya umusaya inyuma y'ukubona ko akaririmbo Davido yakoranye na Chris Brown buca gashirwa ahabona. Aba Tanzania batanguye kwibaza indirimbo ya Diamond na Lil Wayne yavuzwe ko izosohika aho igeze.…
Ibihano igihugu ca Tanzaniya cari kimaze imisi carafatiwe n'ibanki y'isi yose vyahagaritswe. Inyuma y'aho umukuru w'igihugu ca Tanzaniya Perezida John Pombe Magufuli afatiye ingingo y'uko ata munyeshure!-->!-->!-->!-->!-->…
Naho se wa Diamond yabonetse mu ndirimbo “Mwewe” iheruka gushirwa ahabona muri ino ndwi tugira turangize, ngo ntibisobanura ko ari umuririmvyi, ahubwo yafashije abaririmvyi babimusavye. Mu gihe hagize imisi havurwa!-->!-->!-->!-->!-->…
Tom Close yahawe gutwara ikigo kijejwe gutororokanya amaraso mu gisagara ca Kigali, ivyo bikaba vyemejwe n’inama y’abashikiranganji yakoraniye i Kigali kuri uyu wa 3. Dr. Muyombo Thomas aheruka guhabwa gutwara ikigo!-->!-->!-->!-->!-->…
Abakinyi b'umugwi nserukiragihugu wa Tanzania bahawe ibibanza vyo kwubaka amazu mu gisagara ca Dodoma. Inyuma y'aho umugwi wa Tanzania Taifa Stars utsindiye ibitsindo 3 ku 0 umugwi nserukiragihugu wa Uganda!-->!-->!-->!-->!-->…
Mobeto yavugiye Diamond ku bamwagiriza ko yoba ariwe yamubeshe ko bakundanye na Nicky Minaj bagikundana. Mu gihe amaze igihe batari kumwe mu rukundo, hasubiriye kuvyuka amajambo avuga kuri Diamond na Hamissa Mobeto. !-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Abakurikirana urubuga rwa Instagram rwa Zari ntibatahura neza idini abana ba Diamond barimwo, kuko umwanya umwe umengo n'abakirisu, ariko akandi kanya ukamengo n'aba isilamu. Idini ry'abana ba Diamond ryabaye!-->!-->!-->!-->!-->…
Kenya nayo yahambije igihugu ca Tanzania mu gutangura guhagarika zimwe mu ndirimbo za Diamond, ziba zahagaritswe mu gihugu ciwe c’amavukiro. Indirimbo "Kwangwaru" yashizwe ahabona na Diamond arikumwe na!-->!-->!-->!-->!-->…
Hadhara Charles Mjeje ni umupfasoni w’umutanzaniyakazi afise abana b’abahungu babiri biga amashure, akaba amaze igihe kitari gito azunguruka Afrika nzima yerekana impano yiwe ijanye n’ugukina umupira « jongleur » mu!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.