Inama igira mirongo ibiri y'abakuru b'ibihugu bigize umuryango wa Afrika y'ubuseruko EAC igiye kuzokorana mu ndwi zibiri neza na neza igenekerezo rya 1 Ruhuhuma uwu mwaka turimwo. Nk'uko biherutse gushikirizwa!-->!-->!-->!-->!-->…
Naho hari abahinga bashobora kuziraba, ariko ngo igitigiri kinini c'abahora barabira ivy'urukozasoni ku mbuga zivyerekana ntibagishoboye kuziraba muri Uganda. Imbuga zerekana amashusho y'urukozasoni, canke izerekana!-->!-->!-->!-->!-->…
Abenegihugu b'Ibihugu bitandukanye birimwo Congo na Angola batswe uburenganzira bwo bwinjira muri Tanzania ata Visa barishe, mu gihe Afrika yipfuza ko ibihugu biyigize vyugururira imipaka abanyafrika. Abenegihugu!-->!-->!-->!-->!-->…
Kugira amukungire, Diamond yarondereye umukunzi wiwe mushasha, uwumurindira umutekano. Tanasha umumenyeshamakuru mu gihugu ca Kenya, akaba kandi umukunzi mushasha wa Diamond Platnumz aheruka kuboneka afise uwumucungera!-->!-->!-->!-->!-->…
Alikiba yashize ku rubuga rwiwe rwa Instagram ishusho arikumwe na Yvonne chakachaka iyo akaba yahavuye iherekezwa n'amajambo avuga ku giteramo bimirije. Inyuma y'igihe akaririmbo Alikiba yakoranye n'umunya…
Kubera ibura ry'udukingirizo kamwe mu duce Kenya ihanako urubibe na Ethiopie, abaho ngo basigaye bakoresha udukingiro twakoze ariko babanje kumesa. Agace itwa Sambura kakaba gateye imbere kuko kakira baba abenegihugu…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.