Imiyabaga muri Tanzania ngo nticerekwa gukoresha udukingirizo, ahubwo bakoresha imiti kugira bikingire, ivyo navyo bikaba biteye impungenge cane abashingamateka muri ico gihugu. Nk'uko amatohoza aheruka gukorwa…
Mu misi iheze twari twabashikirije amakuru yavuga ko umuririmvyi Rayvanny ashobora kuba ariwe agira asezere muri WC, ariko mu nyuma hahavuye hamenyekana ko ari uwundi muririmvyi ari mu batari bwerekanywe ku mugaragaro ko ari…
Inyuma y’igihe bataboneka mu muziki, umugwi w’abaririmvyikazi b’abanyarwanda ngo bagiye kugaruka n’inguvu nyinshi mu misi iza. Ivyo bikaba bigize imisi binuganugwa mu gihugu kibanyi c’urwanda aho hanasohowe ishusho barikumwe…
Irene Uwoya umwe mu banyamideri ariko kandi akaba n’umwe mu bakinyi ba Film bakomeye muri Tanzania ngo yahinduye ku munota wa nyuma ibijanye n’ukuba umu Queen Video mu ndirimbo Utu ya Alikiba. Mu kiganiro umuhinyanyuzi…
Urupfu rwa Dr Jose Chameleon ngo ruzokwinjiza amafaranga atari make, ivyo nivyo uwo muririmvyi yizeye ari naco gituma yamaze gutangura gutegura uburyo azofubwa. Mu kiganira aheruka guha ikinyamakuru NBS co muri Tanzania, uwo…
Umwe mu bamenyeshamakuru bari bakomeye kuri BBC mu gisata c’igiswahiri Zuhura Yunus aheruka guhabwa gutwara igisata co gutanga amakuru mu biro vy’umukuru w’igihugu ca Tanzania, ibikorwa akaba yabitanguye kuri uyu wa 30 nzero…
Ikibanza ca 2 nico ikiganiro African Show ca Dj Theo gifise mw’ihiganwa ryateguwe na Karisimbi Events bise CCA (Consumers Choice Awards) I Kigali mu Rwanda. Muri iryo higanwa harimwo imice myinshi ariko umwe ni ibiganiro…
Kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 31/1 umupaka wa Gatana uhuza ibihugu vy’Urwanda n’Ubuganda uzoba wuguruwe nk'uko biheruka gushikirizwa n’ubushikiranganji bw’imigenderanire y’Urwanda n’ibindi bihugu. Iyo ngingo…
Ikigo Guiness World Records giheruka kwemeza Rolex ya mbere nini kw’isi muri Uganda, aho iyo Rolex yapima 204,6 Kg hamwe 2,32 m z’uburebure. Ico gikorwa giheruka kubera mu buraruko bw’umugwa mukuru wa Uganda kikaba cahuje…
Umuririmvyikazi w'umunya Tanzania, Zuchu ngo yaramaze gukobwa, ayo niyo Makuru aheruka gutangwa n'umuvyeyi wiwe Hadija Kopa. Uwo muvyeyi akaba yabishikirije mu gihe hari hagize igihe Hari amakuru ko…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.