Uwundi muririmvyi ngo yoba yamaze gukinjura muri Wasafi, ivyo bikaba biheruka gushikirizwa n’umwe muba Manager b’umuririmvyi Diamond Platnumz mu kiganiro aheruka gukora. Mu kiganiro na WASAFI TV, Mkubwa Fella mu majambo…
Haraheze imisi ibiri hashizwe ahabona akaririmbo gashasha k’umuririmvyikazi w’umunyarwanda Clarisse Karasira, akorera ibikorwa vyiwe i Kigali, ako karirimbo kakaba kabonetsemwo umugwi w’abatimbo n’ingoma z’abarundi. Iyo…
Uwudafise urukingo rwa Corona Virus arekuriwe gukora ibintu biharurwa ku ntoke mu gihugu kibanyi c’Urwanda, aho ni inyuma y'aho habonekeye umugera mushasha wa Corona witwa Omicron ari nawo uhangayikishije isi. Guhera…
Inyuma y’imisi bagize igihe bataha isaha 6 z’ijoro, Ubu Mu Rwanda nta wemerewe kuba ari inyuma y’urugo isaha 4 z’ijoro, kiretse yabiherewe uruhusha. Mw’itangazo ryasohowe n’umushikiranganji wa mbere w’Urwanda Dr. Edouard…
Umukuru w’igihugu ca Tanzania, Mama Samia Suluhu Hassan, yavuze uburyo yafashwe n’aba Polisi baraba ivy’uruja n’uruza mw’ibarabara, bikabagora uburyo abava mu ntoke. Uwo mukuru w’igihugu wa Mbere w’umukenyezi muri Africa…
Kuri uyu wa gatandatu, 21 mu bagize umugwi uririmba (Chorale) baritavye Imana bivuye kw’isanganya ry’imodoka ryabaye aho imodoka barimwo yagwa mu ruzi bashaka kujabuka. Amakuru atagwa n’igipolisi avuga ko amatohoza yamaze…
JF Imanzi Fm ni imwe mu nsamirizi nshasha zuguruye mu gihugu kibanyi c’Urwanda, iyo nsamirizi ikaba icishwako ibiganiro bitandukanye, ariko vyinshi murivyo bikaba bizogaruka cane ku bijanye n’ukwigisha cane ibijanye…
Ibihugu 3 vyo muri Afrika, Afrika y’epfo, Senegal n’Urwanda nivyo bigeye gutangura gukora inkingo za Covid-19. Izo nkingo zikaba zizoba ari izisanzwe zikorwa na Biontech. Mu nama iriko ihuza abashikiranganji b’abanyafrika…
Muri Tanzania harashwe umugabo yari yitwaje inkoho ari imbere y’ubuserukizi bw’Ubufaransa muri ico gihugu. Uwo mugab yarashwe n’abajejwe umutekano amaze kwica aba polisi 2 n’uwundi mu polisi ajejwe umutekano wo mw’ibarabara…
Ba bakobwa bari bagize imisi badandaza amashusho y’ibiterasoni ku mbuga zitandukanye zirimwo urubuga Onlyfans rugize imisi arirwo rumenyekanye cane, bagiye kuhagirira ingorane cane. Nk’uko urwo rubuga ruheruka kubishikiriza…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.