https://www.youtube.com/watch?v=dAzyDEfsINk Kuva Zarinah Hassan benshi bazi nka Zari ari mu gihugu ca Tanzania, abamukurikirana kuri urwo rubuga rwiwe rwa Instagram ntibareka kugira vyinshi bamuvugako. Inyuma yaho bamuvuzeko…
https://www.youtube.com/watch?v=OKRjqs2eh3c Tundu Lissu yahora ahanganye na John Pombe Magufuli mu matora y'umukuru w'igihugu muri Tanzania yarahunze igihugu muri ino ndwi buca turangiza. Intandaro ngo n'abantu…
https://m.youtube.com/watch?v=Xw5V5jaIUr8 Impunzi z'abarundi ziri mu gihugu kibanyi c'Urwanda, neza neza mu karere ka Kirehe ahitwa Mahama zigiye kubana n'impunzi z'abanye-congo zahora mu…
https://www.youtube.com/watch?v=ED7KU-ukVqA Ageze mu Rwanda ngo niho yagiye gutanguza umugambi yaramaranye igihe kitari gito ategura. Uwo mugambi nawe n'ugushinga inzu ihingura impunzu, Davy K. Ivyo n'ibiheruka…
https://www.youtube.com/watch?v=dAzyDEfsINk Mu gihe ibiharuro vyavuye mu matora bibandanya gutangazwa biva mu turere dutandukanye tugize igihugu ca Tanzania, mu bimaze kumenyekana vyerekana ko umugambwe uri ku butegetsi CCM…
Kuri uno wa kane igenekerezo rya 29 Gitugutu 2020, ubushikiranganji bw’iyinjira ry’Uburundi mu muryango wa Afrika y’ubuseruko, urwaruka, inkino n’imicokama bwuguruye icese uruganda rwo guhimiriza no guhanahana ivyiyumviro ku…
Urumogi naho abatari bake barimwo n'ama Leta menshi kw'isi barubona nk'ikiyayura mutwe, ico giterwa nyene hari ibindi bihugu vyahisemwo kukibonamwo urukiza, ruza kubombora imifuko ariko kandi rugakiza abantu…
Zimwe mu ntabamyi z’ubushikiranganji bujejwe iyinjira ry'Uburundi mu muryango wa Afrika y'ubuseruko, urwaruka, inkino n'imico kama ngo n’uko bakiriko barariha ibirarane vy'intererano y'Uburundi muri…
Igihugu ca Kenya casubiye kwugurura amashure inyuma y'amezi arenga indwi yugawe kubera ikiza ca koronavirisi. Abanyeshuri biga mu myaka ya nyuma y’amashuri akora ibibazo vya Reta mu bice bitandukanye, nibo bemerewe…
Inyuma y'amezi arenga atandatu yari aheze ikibuga ca Entebbe muri Uganda cugaye kubera ikiza ca koronavirisi, ikigo kijejwe ibijanye n'indege casubiye kwugurura ico kibuga. Naho biri uko, ingenzi zisabwa kwerekana…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.