Ihiganwa ry’abigeme Lumitel Women’s rigiye kubandanya kundwi igira 5. Ku musi wa Gatandatu igenekerezo rya 17 Kigarama 2022. - Isaha zitatu zo mugitondo ( 9h00) kuri CTN , Umugwi Etoile du Matin uzokwakira Fofila PF -…
Umukinyi wo hagati w’umugwi Aigle Noir Cs Nkurunziza Yanick batazira Mkude yerekeje mu gihugu ca Turkey. Yanick akaba yafashe indege kuri uyu wa gatatu waraye uheze igenekerezo rya 14 Kigarama 2022 yerekeza muri ico gihugu ca…
Muri za nkino z’ibirarane zari zisigaye kugira igice ca mbere c’ihiganwa rya Primus League rirangiye , umugwi Flambeau du Centre waraye unyagiye Bumamuru Fc . Hari kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 14 Kigarama 2022, aho…
Imigwi y’abigeme la Colombe na Buja Queens yaraye inganije. Hari kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 11 Kigarama 2022 isaha zitatu zo mugitondo , aho umugwi La Colombe wari uramutse wakira Buja Queens mu rukino rw’indwi igira 4…
Umukinyi w’umusatirizi w’Intamba mu rugamba Hussein Shabani Tchabalala abandanya yigenza neza mu gihigu c’Urwanda . Hari kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 11 Kigarama 2022 ku kibuga c'i Nyamirambo ,aho umugwi As Kigali…
Umunyegori w’Umurundi asanzwe akinira umugwi Geita Gold , Arakaza Mac Arthur yashizwe ku rutonde rw’abakinyi 18 b’abanyamahanga bavyitwayemwo neza mu gice ca mbere c’ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere mu gihigu Tanzania ( NBC…
Ibanki Interbank ryaterereye ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi FFB amafaranga angana n’imiriyoni ( 50.000.000) y’amarundi . Hari kuri uwu wa gatandatu igenekerezo rya 10 Kigarama 2022 isaha zitatu zo…
Styve Nzigamasabo abandanya yigenza neza mu mugwi KMC wo mu gihugu ca Tanzania . Hari ku musi w’Imana igenekerezo rya 04 Kigarama 2022 , aho umugwi KMC wari wakiriye umugwi Mbeya City mu rukino rw’indwi igira 13 rw’ihiganwa…
Ishirahamwe ry’umupira w’amaguru muri Africa CAF ryizeye abahagarikizi babiri b’abarundi aribo Nimubona Emery wo ku ruhande hamwe na Pacifique Ndabihawenimana ( wo kuri VAR ) kugira bazohagarikire inkino z’igikombe ca Africa…
Umukinyi w’umusatirizi w’umurundi Hussein Shabani Tchabalala gushika ubu ntawuramuhagarika mu kwinjiza ibitsindo vyinshi mu gihugu c’Urwanda . Hari ku musi wa Gatandatu igenekerezo rya 03 Kigarama 2022 ku kibuga c’Inyamirambo…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.