Inyuma yaho umugwi Aigle Noir Cs wo mu Ntara ya Makamba utsindiwe igitsindo 1-0 n’umugwi Kayanza United mu rukino rw’indwi igira 14 rwa Primus League , uwo mugwi wahanye abakinyi bawo bashika kuri 4. Abo ni aba…
Umukinyi w’inyuma w’Intamba mu rugamba hamwe na Rayon Sports Ndizeye Samuel yaraye atowe nk’umukinyi yigenjeje neza mu kwezi kwa Gitugutu 2022 . Aho ni inyuma yo gutorwa n’abakunzi b’umugwi Rayon Sports asanzwe akinira muri…
Imigwi ibiri ikunzwe cane ku ruhande rw’abakobwa ariyo PVP Buyenzi hamwe na Fofila PF y’i Ngozi yaraye inganije. Hari kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 28 Munyonyo 2022 isaha zitanu zo mu gitondo ku kibuga c’ubuhinga kiri mu…
Ihiganwa ry'abigeme rigiye kubandanya kundwi igira gatatu kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 26 Munyonyo 2022: - Isaha zine zo mugitondo 10h00 ku kibuga Urunani , Umugwi Les Lionnes uzokwakira Etoile M -…
Ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere ku rwerwo rw’igihugu Primus League rigiye kubandanya kundwi igira 14. Kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 25 Munyonyo 2022: - Isaha icenda 15h00 ku kibuga Urunani , Umugwi Rukinzo Fc…
Umugwi Simba Sc wo mu cicaro ca mbere mu gihigu ca Tanzania uriko uraba ingene wogura Saidi Ntibazonkiza mu kwezi kwa kigarama kugira aze gusubirira Clatous Chama amaze imisi ari mu mvune . Mu makuru twasomye ava mu …
Umukinyi w’umusatirizi wUmurundi Hussein Shabani batazira Tchabalala yaraye afashije AS Kigali gutsinda Rwamagana City . Hari kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 21 Munyonyo 2022, aho umugwi As Kigali ukinamwo Hussein…
Umugwi nserukira gihugu Intamba mu rugamba waraye utsinze Guinée Conakry w’abatarenza imyaka 23. Hari ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 19 Munyonyo 2022 aho umugwi nserukira gihugu Intamba mu rugamba wari uramutse ukina…
Mu mpera z’indwi yaraye iheze igenekerezo rya 19 na 20 , ihiganwa ry’abigeme rifashwe mu mugongo n’ishirahamwe ryo gutumatumanako amakuru Lumitel ryarabandanije kundwi yaryo igira 2. -Umugwi Etoile watsinzwe na La Colombe…
Amakuru adushikiriye muri kano kanye n'uko Intamba mu rugamba zigiye gukina n’umugwi Guinée Conakry w’abatarenza imyaka 23 udafise abakinyi 4. Abo nabo vyari bizwi y’uko bazokina urukino rwa Côte d’Ivoire gusa nabo ni…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.