Amakuru ariko acanacanako ku mbuga ngurukanabumenyi zo mu gihugu kibanyi ca Tanzania aravuga y’uko umugwi Geita Gold woba wamaze kwumvikana n’umukinyi w’umurundi Saidi Ntibazonkiza kugira aze kuwukinira. Ku ruhande rw’umugwi…
Inyuma ko kutongerezwa amasezerano mu mugwi Gasogi United wo mu cicaro ca mbere, umukinyi Iddy Museremu yagarutse muri Messager Ngozi. Kuri uyu wa mbere uheze igenekerezo rya 22 Myandagaro 2022 , niho uwahoze ari umusatirizi…
Umukinyi Ramazani Largie afise abavyeyi bamuka mu Burundi ariko we akaba afise ubwene gihugu bw’Ububirigi ,ibintu biguma bigenda neza mw’ihiganwa ryo muri Espagne Laliga. Kuri uyu wa kabiri waraye uheze igenekerezo rya 23…
Umugwi Elaga Top Junior w’i Nyanza Lac wanyagiwe bimwe bikomeye n’umugwi wa Magara Young Boys . Hari ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 20 Myandagaro 2022 isaha icenda 15h00 ku kibuga Intwari , aho umugwi Magara Young Boys…
Mbirizi Eric yatanguye neza mu mugwi Rayon Sports wo mu cicaro ca mbere mu gihugu c’Urwanda . Hari ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 20 Myandagaro 2022 isaha icenda 15h00 ku kibuga ca Régional kiri Inyamirambo i Kigali ,…
Umukinyi w’inyuma w’intamba mu rugamba Derick Mkombozi akinira umugwi Nkana Fc abandanya yizerwa muri uwo mugwi . Ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 20 Myandagaro niho umugwi Nkana Fc wari wakiriye umugwi Kabwe Worriors mu…
Umugwi Flambeau du Centre, waraye wirahiye Inter Star ibitsindo 2-1 , ivyaciye bituma ikirori cabo ca Flambeau Day kiryoha. Hari kuri uyu w'Imana,igenekerezo rya 21 Myandagaro 2022 igihe c'isaha icenda 15h00 ku…
Umukinyi w’umusatirizi w’intamba mu rugamba Hussein Shabani Tchabalala yatanguye neza ihiganwa ryo mu Rwanda . Kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 19 Myandagaro 2022 , mu gihugu c’Urwanda niho ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere…
Inyuma yo gutwara igikombe ca Primus League 2021-2022, umugwi Flambeau du Centre wo mu ntara ya Gitega ugiye gukora umusi mukuru wo kwigina igikombe cawo , umusi bise Flambeau du Centre Day . Uwo musi mukuru wo kwigina…
Inkino za Aigle Noir Cs zikinirwa hano iwacu cane cane iza Primus League , zizohora zicishwa ku mboneshakure Azam Tv yo mu gihugu ca Tanzania, ivyo bikaba vyaraye bishikirijwe na Niyonkuru Domitien arongoye ikigo Fondation…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.