Umumenyereza wa Les Crocos yo mu Rumonge Bimenyimana Robert ntakibarizwa muri uwo mugwi . Intandaro ya vyose ni kutitwara neza mu nkino za Primus League aho uwo mugwi uri mu kibanza ca nyuma n’amanota 12 mu nkino 22…
Ihiganwa ryatanguye ari imigwi 78 yo mu vyicaro vyo hasi, nyuma y'inkino zishika kuri zitatu hasigaye imigwi 16 iyo nayo igaca ihura n'imigwi 16 yo mu cicaro ca kabiri ligue B. Ibiboneka nuko mu vyicaro vyo hasi…
Uburundi ni kimwe mu bihugu vyo muri kano karere bufise abahagarikizi mpuzamakungu bakomeye cane kandi bama bizerwa na CAF guhagarikira inkino mpuzamakungu. kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 12 Ruhuhuma 2022 , niho…
Zinedine Zidane yaruciye ararumira imbere y’abanya Marseille bariko bamusaba kuterekeza ku mugwa mukuru. Mu gihe Zinedine Zidane abandanya avugwako cane kuba ari mu nzira yo kuba umumenyereza w’umugwi PSG, uwo mugabo nta…
Ivyari biteye isoni mu kibuga bigiye gutuzwa , ivyo navyo si ibindi ni ugukoresha amarozi mu kibuga . Hari ku musi w’agatatu i genekerezo rya 09 Ruhuhuma 2022 kuri CTN mu ngagara , aho hari haramutse haba…
Abanya cibitoke baraye bashikiriwe bazokwakira urukino rwanyuma rw’igikombe c’Umukuru w’igihugu . Hari ku musi wa gatatu igenekerezo rya 09 Ruhuhuma 2022 kuri CTN , aho uwutwara ishirahamwe ry’Umupira…
Kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 09 Ruhuhuma 2022, isaha icenda 15h00 ku kibuga ca CTN niho hari haramutse haba tombola y’ingene imigwi igiye guhura mu gice ca 16 gishira ica nyuma c’igikombe c’umukuru w’igihugu. uku…
Inyuma yaho umugwi nserukira gihugu wa Sénégal utahukaniye igikombe ca CAN ubwa mbere , Umukuru w’igihugu ca Sénégal Macku Sall yaraye ahaye ingabire abo bakinyi. ku musi w’Imana uheze igenekerezo rya 06 Ruhuhuma 2022 , niho…
Cristiano Ronaldo yakwije abantu barenga Imiliyoni 400 bamukurikirana ku rubuga rwiwe rwa Instagram, akaba abandanya kuba ari umuntu wa mbere akurikiranwa cane kuri urwo rubuga rugize igihe kitari gito rukunzwe cane. Uwo…
Mu gihe kuva aho Lionel Messi aviriye muri Barcelona, uwo mugwi waciye usa n’uwuhungabanye, ngo siko vyagenze kuri Real Madrid aho Kizigenza wabo Cristiano Ronaldo yakinjura muri uwo mugwi, ivyo bikaba vyashikirijwe…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.