Kuri uyu wa kane igenekerezo rya 13 Nzero 2022, umugwi Top Junior wo mu Kayanza wagiraniye amasezerano n’Ishirahamwe risanzwe rikorera ivyo kwambika imigwi ( Fitness For Life Ltd) , rirongowe n’umurundi aba mu…
kuri uyu wa kane igenekerezo rya 30 Kigarama 2021 , Isaha zine 10h zo mugitondo kuri CTN , niho uwutwara ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi , Général de Brigade de Police Muyenge Alexandre yashoboye…
kuvaho Saido Ntibazonkiza agiriye mu mugwi Young Africans abarundi batari bake baciye batangura gukurikirana umupira wo muri Tanzania mbere benshi bakaba baciye bagura Décodeur za Azam Tv kubera uwo mukinyi…
Samuel Eto’o Fils yahoze ari umukinyi akomeye w’umupira w’amaguru ariko uno musi asigaye atwara ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu gihugu ca Cameroun ngo araheranye bikomeye. Uwo mugabo w’imyaka 40 y’amavuko ngo araheraniye…
Umwaka w'akaruhuko zinedine Zidane yihaye ngo coba atarico kiri mu mutwe, ariko Ari ubundi bwoko bw'umukenyuro kugira abashe kugira ico aronka neza. Umwe mu begereye uwo mumenyereza rurangiranwa, yavuze ko Zidane…
Mu gihe imbuga-hwaniro zitandukanye ziriko zirakora ibishoboka vyose ngo biyegereze abantu benshi bashoboka, Neymar naho yavunitse, we yironkeye agafaranga muri urwo rugamba rukaze. Guhera kuwa 17/12 umukinyi wa PSG, Neymar…
Ishirahamwe ridandaza inzoga GALAXY -BUSINESS -COMPANY harimwo n’ikinyobwa Windboch rihejeje kugiranira amasezerano kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 22 Kigarama 2021 na Agence NDUNDI TEAM ALL BUSINESS mu ntumbero yo…
Inzu ihinyanyura impuzu Dior yahaye amasezerano umwe mu bakinyi bakomeye kw'isi, Kylian Mbappe. Mbappe ahawe amasezerano mu gihe umugwi asanzwe akinira, PSG, nawo waheruka kugiriranira amasezerano n'iyo nzu ihingura…
Imodoka, inzu n’ibindi bikoresho bitandukanye umukinyi w’umupira w’amaguru Diego maradona yakoresheje akiri muzima, ngo bigiye gushirwa kw’isoko bigurishwe. Idandazwa ry’ivyo bikoresho ngo vyemejwe n’abana biwe, kugira…
Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 11 Kigarama 2021 , niho Ndayishimiye Warren Chebby umurundi asanzwe aba mu Bwongereza yagendera umugwi wa Gitega Academy, intumbero yo gufata urugendo rumushikana i Gitega ku murwa mukuru…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.