Umuririmvyikazi Vania Ice ngo yamaze kuva kw'isoko. Uko Niko uwo muririmvyikazi yanditse ku rubuga rwiwe rwa Instagram, aho yayaherekezesheje n'ishusho arikumwe n'umukunzi wiwe. Uwo muririmvyikazi akaba iryo…
Apollinnaire Habonimana benshi bamuzi nk'umuririmvyi aririmba indirimbo zininahaza Imana igihe kitari gito mu gihugu c'Uburundi. Yatanguye kuririmba afise imyaka 15. Tuvuze ko yoba ari umuririmvyi yahezagiye imiti…
Ivugwa ry'uko Zinedine Zidane yamaze gushira umukono ku masezerano yo kumenyereza PSG, vyateje uruhagarara. Hibazwa nimba ibimenyetso vyatanzwe Ari ivy'ukuri. Umwe mu bamenyeshamakuru bakomeye bo muri Espagne mu…
Inyuma y'ugushira ahabona Yooh, hama hagakurikira Yooh RMX bakoranye n'abaririmvyi batari bake, iri no mu ndirimbo z'abarundi zivuzwa cane I Kigali, ngo ubu naho agira yongeremwo uwundi. Naho hataramenyekana…
Inyuma y'imisi umuririmvyi Rally Joe Ari mu gacerere, uwo muririmvyi ngo buca asubira gushira ahabona ikindi gikorwa gishasha. Uwo muririmvyi w'indirimbo zitari nke zakunzwe na benshi, akaba mu majambo yabashije…
Naho adatomora neza, ariko ukwezi kwa 6, gushobora kurangira aruko ashize ahabona Indirimbo nshasha, uwo s'uyundi ni WA muhungu Ari mu minwe ya Mugani Desire ariwe Drama T. kuri uyu wa 3 igenekerezo rya 15/6 ku masaha…
Au deuxième jour de la réunion extraordinaire de tous les acteurs du secteur éducatif au Burundi, le ministre François Havyarimana, qui a l'éducation dans ses attributions, a exposé 11 problèmes qu'il considère…
On the second day of the extraordinary meeting of all stakeholders in the educational sector in Burundi, the minister François Havyarimana, who has education in his atributions, exposed 11 issues that he considers as main…
During an extraordinary meeting of the Minister having education in his attributions with all stakeholders of education in Burundi held this Tuesday, June 14, 2022, the duration of waiting before being admitted to the…
Au cours d'une réunion extraordinaire du ministre ayant l'éducation dans ses attributions avec toutes les parties prenantes de l'éducation au Burundi tenue ce mardi 14 Juin 2022, la durée d'attente avant…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.