Umuririmvyi w'umurundi Pablo Tiken muri kino gihe yongereje inguvu mu gukora indirimbo nyishi kuruta uko yahora. Kuva uyu mwaka utanguye amaze gusohora indirimbo zibiri zose. Kuva umwaka wa 2024 utanguye,umuririmvyi…
Mu birori vyo kwibuka Ku ncuro ya 30,umwami Ntareka V Charles Ndizeye agandaguwe vyabereye K'umurwa mukuru wa politike Gitega.Umuryango n'ubu ukabona ko hari hakwiye ko ukuri kuja ahabona kuri urwo rupfu rwahitanye…
Ibisasu 2 biturika vyaratewe mw'ijoro ryo kuwa gatatu rishira uwa kane muri karitiye y'icenda muri zone ya Ngagara muri komine Ntahangwa mu Buraruko bw'umurwa mukuru w'ubutunzi Bujumbura,ahasanzwe hari…
Ibirori bisozera ihiganwa ryo mu c'icaro ca mbere ryitiriwe Primus League,vyabaye ku musi w'Imana Igenekerezo rya 21 Ndamukiza 2024 igihe c'isaha icenda z'umurango ( 15h00) ku kibuga Urunani mu ntara ya…
Apôtre Jean Paul Manirakiza yaraye atanze imihoho mu mabanga yo kurongora Ishirahamwe ry’urukino rw’umupira w’amaboko ( Basketball) mu Burundi FEBABU atararangiza ikiringo ciwe . Mw’ikete yandikiye umunyamabanga mukuru wa…
Nk'uko vyashikirijwe n'umushikiranganji w'intwaro yo hagati ari umutumire mu nama nshingamateka ku musi wa kane igenekerezo rya 11 Ndamukiza,iyo nteguro y'ibwirizwa ije kwisunga intunganyo nshasha…
Ayo n'amwe mu majambo ashikirizwa n'umuryango w'uwahoze arongoye u Burundi Cyprien Ntaryamira mu gihe yariko yibukwa ku ncuro igira 30 ahitanywe n'isanganya ry'indege ryabereye mu gihugu…
Mwihiganwa rya Primus League,ku ndwi yaryo igira 26, Umurwi Vital'O FC usanzwe uri kw'isonga watanye mu mitwe na Olympique star kuri uyu wa kane mu ntara ya Muyinga. Urukino rukaba rwarangiye imirwi yose inganya…
Liduine Bigirimana, n’umukeyezi w’imyaka 62 ava mu bwoko bw’abatwa,asanzwe aba mu gacimbiri Gahise , umutumba na komine Musigati mu ntara ya Bubanza. Imyaka iriko irababa itanu (5) atanguje umugambi wo kubumba amatafari ,…
Umugwi nserukira gihugu w’Uburundi uhejeje gutakaza urukino rugira 3 wikurikiranije. Hari kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 22 Ntwarante Umwaka wa 2024 igihe c’isaha zitandatu z’umutaga ( 12h00) mu gihugu ca Madagascar niho…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.