Kuri uno w’Imana igenekerezo rya 11 Ndamukiza 2021, umugambwe w’urwaruka ruharanira amahoro APDR wagendeye intara ya Bujumbura mu ntumbero yo kurimbura aho inguvu z’uwo mugambwe zigeze kugira ngo witegurire neza amatora yo mu…
Umukuru w’igihugu ahamagarira urwaruka kurwanya ubukene mu kwijukira ibikorwa vy’iterambere kuko ngo ata munyamahanga azoza kutwubakira igihugu cacu. Évariste Ndayishimiye agira ati : “Dukwiye kuja ku rugamba rwo kurwanya…
Ibihano umuryango w'ibihugu vya Buraya wafatiye Uburundi kuva mu mwaka w’2015 ngo birashobora kuvanwaho imbere y'uko uyu mwaka turimwo urangira. Ivyo ni ibishikirizwa n’umushikiranganji w’imigenderanire y’Uburundi…
Umukuru w'igihugu c'Uburundi Evaliste Ndayishimiye, kumwe na Leta Mvyeyi bashize ingori z 'amashurwe bongera bunamira uwigeze kurongora i gihugu Prezida Ntaryamira. Kuri uwu wa kabiri igenekerezo ryo 06…
Abarundi barayamaze ngo Umwana s’uwumwe, umwana n’uw’igihugu. Inyuma y’imyaka ibihumbi n’ibindi abarundi baciye uwo mugani n’ubu hari ab’umutima bakiwugendera, bagafata mu mugongo umwana w’igihugu bataravye iyo ava canke ico…
Ubushikiranganji bw’intwaro yo hagati, iterambere rusangi n’umutekano buragabisha abaranzi bahuza umuguzi n'uwugurisha (commissionnaires) bakorera ku masoko atandukanye ko uwo murimo bakora utemewe n’amategeko. Mu…
Ishirahamwe Ntabariza riharanira agateka kabapfungwa n’imiryango yabo risaba ko abanyororo bahejeje igipfungo cabo ariko bagasabwa kuriha amahera bafitiye abandi canke amahadabu botezurirwa. Mu kiganiro n’abamenyeshamakuru …
Umukuru w'igihugu c’Uburundi Evariste Ndayishimiye yitezwe i Bangui mu gihugu ca Centrafrique ku mugoroba wo kuri uyu wa mbere. Nk'uko biri mw'itangazo ryo mu biro vy'umukuru w'igihugu bijejwe…
Ni kuri uyu wa Mungu, igenekerezo rya 28 Ntwarante 2021 mu Kigo c'urwaruka co mu Kamenge ahari hatunganirijwe isabukuru mpuzamakungu y’uburongozi bw’abakenyezi ku civugo : "Ubahuka mugende gushika kure".…
Ishirahamwe ryo kuvuza abakozi ba Reta, Mutuelle de la Fonction Publique ryafashe ingingo ko kuva ku wa 29 Ntwarante, abakozi baryo hamwe n'abanywanyi baryitura bategerezwa kuba bambaye agapfukamunwa. Iyo ngingo ifashwe…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.