Abafise amahinguriro bahamagarirwa kwijukira guhingura ibidandazwa vy’akanovera vyotuma Uburundi bufata ikibanza ca mbere mu bijanye n'ubudandaji mu karere ka Afrika y’ubuseruko. Ako kamo bagatewe n'umukuru…
Ubushikirangaji bw’intwaro yo hagati mu gihugu, umutekano n’iterambere rusangi buriyamiriza ingendo itabereye yo guhohotera abantu badafise ubushobozi bwo kwigwanira nk'abana bamaze iminsi bahohoterwa canke banyuruzwa.…
Kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 09 Kigarama 2020, niho ishirahamwe ritwara umupira w’amaguru muri Africa CAF ryafatira ibihano igihugu c’Uburundi hamwe na Mauritania. Uburundi bwaciriwe ihadabu ry’amadorari y’amanyamerika…
Umushikiranganji ajajwe kubungabunga amagara y'abantu no kurwanya Sida Thadée Ndikumana yakiriye kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 8 Kigarama 2020, intumwa zo mu gihugu ca Angola. Uwo murwi ukaba wari uje kwiga…
Reta y’Uburundi ngo yiyemeje kubandanya iteramira amahoro n’umutekano hamwe no gukingira agateka ka zina muntu. Biri mw’itangazo ryasohowe na Reta ku muhingamo wo kuri uyu wa mbere. Ni inyuma y’aho ishirahamwe mpuzamakungu…
Hagiye gutegurwa ibipimo vy’ikawa vy’akorero vyegukira Reta ku mahegitari 67 mu ntara za Cankuzo, Mwaro na Ruyigi mu ntumbero yo kugwiza umwimbu. Umushikiranganji ajejwe uburimyi yabishikirije mu kiganairo yahaye…
Mu gihe haheze iminsi Alikiba asezereye abarundi ko kumunsi w’ihimbazwa rya Noheri azoba arikumwe nabo mu giteramo kizobera itariki 25 kigarama 2020 , umuririmvyi Sat-B abaye uwa mbere guhamagarira abarundi kuzokwitaba ico…
https://www.youtube.com/watch?v=TP4vdfPhEyU Mu kiganiro Big Fariouz aheruka guha kimwe mu binyamakuru vya hano iwacu, yavuze vyinshi ku bijanye n’ubuzima bwiwe, aho yanavuze izina ryiwe ry’ukuri abantu benshi batari bazi,…
Inyuma yaho amashirahamwe ya Basket na Volley-ball ateguriye ihiganwa ryitiriwe incungu ,mu mpera z’ino ndwi niho hasozerwa muri Handball mu gisagara ca Bujumbura inkino za nyuma z'ihiganwa ryitiriwe Incungu …
Urunani rw’amashirahamwe y’abakozi bo mu nzu be n’ayabakoresha babo CATED Burundi ruriyamiriza ubugizi bwa nabi bwo kwiba mu mazu no kunyuruza abana bikorwa na bamwe mu bakozi bo mu mazu. Mw’itangazo ry’urwo runani, Serges …
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.