Hari abibaza ko Kidum na Big Fizzo boba bafise gishasha coba kiri mu nzira, ivyo bakaba bariko bavyibaza bafatiye kuco uwo muririmvyi w'umukambwe aheruka kwandika Ku rubuga rwiwe rwa Facebook. Uwo muririmvyi abarizwa…
https://youtu.be/L9bP4x-V9JY Kuri uno wa kabiri igenekerezo rya 23 Ruheshi 2020, inama nshingamateka yaramutse yemeza amazina abiri yaheruka gushikirizwa na Nyenicubahiro Perezida Evariste Ndayishimiye mu kibanza…
Ishinguranwa iteka rya Nyakwigendera uwahoze ayoboye igihugu c’Uburundi, Perezida Petero Nkurunziza ritegekanijwe kuzoba kuri uyu wa gatanu uza, igenekerezo rya 26 Ruheshi 2020. Nk’uko biri mw’itangazo ryashizwe ahabona kuri…
Uburundi ngo buriteguriye kwakira abarundi bose birukanywe muri Reta zunze ubumwe za Amerika mu gihe bigaragaye koko ka ari abarundi. Abo nabo ngo birukanywe kubera badakwije ivya ngombwa. Ariko kandi ngo abo Uburundi…
Amafaranga y'amarundi arenga gato imiriyoni 73 niyo aheruka kwibwa mw'ibanki BGF ishami ryo mu Kayanza. Amakuru ava mu Kayanza avuga ko yoba yibwe n'umukozi w'iyo banki. Igiporisi c'inyamiramabi muri…
Preeze ngo yabujijwe n'uko umuvyeyi wiwe w'amaraso yitavye Imana, co kimwe n'uko Uburundi bwabuze umukuru w'igihugu, nay'ahandi ngo hari gishasha cari mu nzira, ivyo akaba aheruka kubiyagira imwe mu…
Mu kiyago na SYUB Show Aime M yamenyesheje ko naho abantu baba bibaza ko yicaye, ariko we ngo ntaba yicaye, ariko aba ariko agakora. Muri ico kiyago yagiranye n'umumenyeshamakuru yigenga Biko Steven Raphael…
Ngo nta barundi bazosubira kuronswa uruhusha (visa) rwo kuja muri Reta zunze ubumwe za Amerika. Ivyo ni ivyaraye bishikirijwe kuri uyu wa gatunu igenekerezo rya 19 Ruheshi 2020, n’igisata ca Reta zunze ubumwe za…
Inyuma yo gusohora Indirimbo yabonetse ko yakunzwe n'abatari bake, ndetse ikerekana ubushobozi budasanzwe mukwandika kwa Akes ubuho ngo ntagiye kuvyorosha.Inyuma y'indirimbo Tubikore ni Akes Don aza yamaze gushira!-->…
Ingingo zafashwe na Reta y’Uburundi zo gukaraba n’amazi meza n’isabuni ngo zizobandanya naho ikiza ca Corona kizoba carangiye. Ivyo ni ibishikirizwa n’umushikiranganji ajejwe kubungabunga amagara y’abantu no kurwanya Sida…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.