Igisagara ca Wuhan mu bushinwa kizwiko kuba arico catanguriyemwo ikiza ca Covid-19 kiriko kirasasika inganda kw’isi, ngo kigiye gutezurirwa kugira abenegihugu bafise amagara meza bagiye kurekurirwa gutembera mu bindi…
Inkino zisanzwe zihuza abanonotsi batandukanye bavuye kw’isi hose, Jeux Olympiques, zamaze kwegezwa inyuma, bivuye ku kiza ca Covid-19 giterwa n’umugera wa Corona virus. Izo zikaba zibereye I Tokyo muri uno mwaka nyene…
Ubushinwa bwemeye kugira ico butanze kugira ikiza ca Corona Virus gituzwe ku mugabane wa Afrika. Muvyo bemeye gutanga harimwo uburyo bwo gupima ico kiza, ama Mask yambarwa, co kimwe n’impuzu zambarwa n’abariko barafasha abo…
Ikiza ca Covid-19 kibandanya gihekura isi, kikaba kitanagera umutwe bamwe mu bihangange isi itunze. Inyuma yaho hamenyekaniye ko abaririmvyi, abashikiranganji n’abandi banyamafaranga bakomeye kw’isi batanguye gufatwa n’iyo…
Cristiano Ronaldo hamwe n’abandi bakinyi batandukanye batanguye gushira amafaranga yabo mu kugwanya ikiza ca Covid-19 cateye isi. Amakuru dukesha ikinyamakuru Fox Sports avuga ko uwo mukinyi afatanije n’umwe muba Agent…
https://www.youtube.com/watch?v=PLosw9UqWTw&list=PLfqlH3YW9SLa-WrZEdpIstQdaKpxlXG0z&index=4&t=0s
Mu kiganiro yakoranye na Indundi Sports Umukinyi w'intamba mu rugamba akina mu gihugu ca Holland mu mugwi Heracles Almelo Mohammed Amissi yarashoboye kuvuga izina ry'umukinyi akunda cane kw'isi gusumba abandi…
Kuri uyu wa mbere waraye uheze, igenekerezo rya 23 Ntwarante 2020, abajejwe intwaro mu ma zone agize igisagara ca Bujumbura n'abari mu mashirahamwe y’urwaruka bari baramutse bahabwa inyigisho zo kwirinda ikiza c’umugera…
Igihe umugwi wa Les liérres wariko uratana mu mitwe n’umugwi wa Rukinzo Fc umumenyereza wa Les liérres Bimenyimana Robert ntiyagaragaye ku ntebe y'ubumenyereza . Aganiriye na Indundi Sports , Bimenyimana Robert yavuze…
Imiryango y’abateshejwe izabo n’umwuzurira, begeranirijwe mu bibanza bitandukanye mu gisagara ca Bujumbura ngo bagiye kwungururizwa kure yaco. Nk’uko bishikirizwa na Antoine Ntemako aramutswa ubuyobozi bw’umurwi w’igihugu…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.