Urubuga rushobora kuzoshirwako ibikorwa, amakuru, co kimwe n’amagahunda ya Andy mwag nirwo rugiye gushirwa ahabona vuba cane. Mu gihe yariko asaba abantu kumufasha gucagura Logos, muzo yari yakoresheje, abicishije ku rubuga…
Chany Queen akirikumwe mu rukundo na Lolilo ngo yarafise ibibazo bikomeye, kuko yama ku ngumu buri gihe. Ivyo bikaba biheruka gushikirizwa na Big Fizzo aho yavuze ko baba bamupfuye. Intandaro y'ivyo bibazo ngo nuko…
Igitabo citwa " The power of positive Thinking " canditswe n'umwanditsi yitwa NORMAN VINCENT PEALE kizogufasha cane, mu kiringo wofata umugambi w'ukugisoma , incuro nyishi zishoboka. Ico gitabo…
Mchezaji uyu wa Filamu Inchini Burundi kwa Jina HAWA MODRICK anaejituma kutokana na kazi zake za filamu siku kwa siku ,Pia ni binti aliye shiriki kwenye Filamu ambayo unefanyia ya All Stars Of Buja Movie iitwayo…
Ku musi w'imana igenekerezo rya 15 Ntwarante 2020 umugwi wa Buja City wari warikiriye umugwi wa Olympic Star mu rukino rw'indwi ya 25 y'ihiganwa rya Primus league , urwo rukino rukaba rwarangiye…
Ku mugoroba wo kuri uyu wa kabiri waraye uheze, igenekerezo rya 16 Ntwarante 2020, umushikiranganji w’amagara y’abantu no kurwanya SIDA Thadée Ndikumana yarakoranije abanditsi n’abamenyeshamakuru abamenyesha ingingo…
Ku musi w'imana igenekerezo rya 15 Ntwarante 2020, umugwi wa Athletico Academy wari wakiriye umugwi wa Aigle Noir i Bujumbura ku kibuga c'intwari mu rukino rw'indwi ya 25 y'ihiganwa rya Primus league,…
Muigizaji wa Filamu nchini Burundi Kundu Fally ajulikanae kama Mr Fally, ni mmoja kati ya waigizaji wazuri nchini Burundi -Bujumbura sehemu za Kamenge. Pia alifunguwa kundi yake mwaka 2010 kwa jina la Perfect Vision of…
B Face ngo ntihagire uwusubira guta umwikomo kuri mugenziwe ngo kuberiki indirimbo zitamenyekana mu makungu, avuga ko yaba abamenyeshamakuru, abaririmvyo co kimwe n’aba DJ ngo bose amakosa n’ayabo. Boniface abona ko umuti…
Ngendabanka Natacha yavuze ko yahagaritse amafaranga yakoresha muri Festival de la Chanson Féminine kugira ngo uburyo yashiramwo abushire mu muziki wiwe. Ivyo nivyo aheruka kuyagira imwe mu mboneshakure za hano iwacu. Muri…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.