Hari kw'igenekerezo rya 18 Ruhuhuma 2020 aho umugwi Namungo Fc wari wakiriye umugwi KMC mu rukino rw'indwi ya 22 y'ihiganwa ryo muri Tanzania VPL, urwo rukino rukaba rwarangiye umugwi Namungo Fc wirahiye KMC…
Ku musi wa gatatu uheze, Inama nshingamateka y’Uburundi yarize itegeko ryemeza umukuru w’igihugu ayoboye igihugu muri kino gihe ko yoba imboneza mu kuzirikana inyuma y’ikiringo co kuramutswa igihugu. Abashingamatekana bamwe…
Uko ukwezi gutashe, ishirahamwe ry'umupira w'amaguru kw'isi FIFA ryama rishira ahabona ingene imigwi yama isumbasumbana ibibanza, Uburundi bukaba bwungutse ibibanza bibiri muri kuno kwezi kwa kabiri bukaba…
Kumuvuga nabi ngo ntaco bimutwaye, ivyo nivyo Diamond asanzwe akunda gusumba kumuvuga neza. Ivyo n’ibiheruka gushikirizwa n’umwe mu banyarusaku muri Tanzania. Ivyo akaba yabishikirije mu gihe yariko abazwa igituma avuga cane…
Amakuru dukesha ishirahamwe ryitaho amagara y’abantu kw’isi OMS amenyesha ko umugabo wo mu Misiri yaheruka gutorwa ko yanduye umugera wa coronavirus basubiye kumupima basanga ntayo akirwaye. Umuvugizi wa OMS Tarik Jašarević…
Mu ndirimbo Ibibazo aheruka gukorana n’abaririmvyi batandukanye 5, B Face avuga ko yashaka ijwi ry’umwigeme nawe akora Rap ngo bikunde humvikanemwo amajwi hafi nka yose, ariko yavuze ko ivyamubayeko amushitse imbere…
Vyukuri abahinyanyuzi bava muri MasterMuzik boba bagenda bakurikiye ahandi hari amafaranga asumba ayo muri iyo nzu ihinyanyura umuziki, na rirya basa n’abaguma bavayo uko umwanya uhera? Masterland aheruka gutanga umuco. Mu…
Kuri uyu wa kabiri waraye uheze igenekerezo rya 18 Ruhuhuma 2020, niho umugwi Messager Ngozi wakina urukino rw'igice ca 16 gishira icanyuma c'igikombe c'umukuru w'igihugu n’umugwi Unité Fc w’i Muyinga…
Muigizaji wa Filamu nchini Burundi Mr John K-ay ambaye anaishi nchini Australia ila mwenye Urai wa Burundi , na hapo nchini Australia ndipo anapofanyia kazi yake, ni baada ya kijana huyo mpambanaji wa hali ya juu alizinduwa…
Mu kiganiro Jospin Nshirimana yakoranye na Indundi Tv igenekerezo rya 02 Ruhuhuma 2020 uyo musatirizi akomeye w'umugwi Aigle Noir The Fighters yashoboye kuvuga umukinyi akunda mu ntamba mu rugamba ndetse no kw'isi.…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.