Ari nka hamwe Kylian Mbappe ngo yokora hasi, abo muri Real Madrid bariteguye kumwakira. Ivyo n’ibiheruka gushikirizwa n’umwe mu bakinyi b'inyuma b’uwo mugwi “Nacho Fernandez”. Mu kiyago uwo mukinyi w’inyuma wa Real…
Leta zunze ubumwe za amerika ngo zishobora kuba zigiye gutangura kwanka guha uburenganzira bwo kwinjira mu gihugu (VISA) abagore bibungenze, baba bafise umugambi wo kuja kuvyarirayo. Amakuru dukesha ijwi rya amerika avuga ko…
Umuhisi Bernard ngo yasandavye azize uburozi yanyoye haraheze igihe kitari gito nkuko Alfred mugenziwe yabishikirije ku maziko yiwe. Uwo akaba avuga ko nawe nyene yabunyiyeko ariko akaba we yararusimbutse kuko Atariwe bari…
Kuri uyu wa Gatandatu igenekerezo rya 25 Nzero, niho umugwi nserukira gihugu w'uBurundi mu murwi w'abigeme batarenza imyaka 17 wari wakiriye uwi gihugu ca Tanzania mu batarenza imyaka 17. Urwo rukino rukaba…
Umwe mu bakozi baheruka kuvurwa mu rubanza rw’ubusuma mu gihugu ca Angola, bwagirizwa Isabelle dos Santos, baheruka kumusanga yapfiriye muri imwe mu nzu ziwe muri Lisbonne. Nuno Ribeiro akaba asandavye inyuma yaho ubutungane…
Inyuma yo gutsindwa na Palestina ibitsindo 3-1 mu rukino rwa Final rwabaye kuri uyu wa gagandatu igenekerezo rya 25 Nzero 2020. Umukinyi w'Uburundi Nshimirimana Jospin yatowe nk'umukinyi mwiza yaranze ihiganwa rya…
Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 25 Nzero 2020 mu gihugu ca Bangladesh niho umugwi w'Uburundi waserukiwe n’abakinyi ba Aigle Noir wakinye urukino rwa nyuma rw'igikombe ca Bangabandhu Gold Cup n’umugwi…
Kuri uno musi wa gatanu igenekerezo rya 24 Nzero 2020 umuhisi Bernard Ndoricimpa niho yashinguranwa iteka ku Mpanda. Mwomenya ko yari yitavye Imana kw'igenekerezo rya 18 Nzero kurugo rwiwe muri zone Gihosaha aho asanzwe…
https://www.youtube.com/watch?v=t0p1wKuZBgw&feature=youtu.be
Mu gatondo ko kuri uno wa gatanu igenekerezo rya 24 Nzero 2020, umugwi w'Uburundi waserukiwe n'abakinyi ba Aigle Noir mu mahiganwa ya Bangabandhu Gold Cup bakoze imyimenyerezo yanyuma yo kwitegurira umugwi…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.