Kuri uyu wa Mungu waraye uheze igenekerezo rya 09 Munyonyo 2019 isaha icumi 16h00 mu masaha yo mu Burundi ku kibuga ca Vidafone Stadium niho umugwi Napsa Star ukinamwo umusatirizi w'umurundi Mavugo Laudit wari wakiriye…
Kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 11 Munyonyo 2019 , niho umugwi wa mbere urimwo abakinyi bamwe bamwe b'intamba mu rugamba bafashe indege berekeza i Bangui mu ntumbero yo gutana mu mitwe n'umugwi wa République…
Mu gitabo " Rich Dad, Poor Dad" canditswe na Robert T. Kiyosaki aributsa ikintu gikomeye, Burya mw'ishure baratwigishije ibintu vyinshi yamara ntibigeze batwigisha uko twotunga, uko twoba aba nyamafaranga,…
Msanii Shabani maarufu kama Shablix ni mkurugenzi wa Company ya LA COLOMBE BLANCHE ambayo kwa sasa ina zaidi ya miaka 8 kwenye game nakufanikiwa kufanya movie zakutosha ila mbali na yote movie yake ya PENZI LA JENITA ndo…
https://www.youtube.com/watch?v=9zkgfxLqjYI
Kuri uyu wa kane igenekerezo rya 07 Munyonyo 2019 igihe c'isaha zitatu z'agatondo (9h00) niho ku kigo c'ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB umumenyereza w'intamba mu rugamba Alain…
Inyuma y’indirimbo Impa yakoranye na Tom Close akaba arinayo ariko aramenyekanisha kumasamirizi n’imboneshakure zitandukanye zisazwe ziri i Kigali mu Rwanda, Hayakuhusu niyo igiye kuzosohoka mumisi. I Kigali mu Rwanda B-Face…
Ku mugoroba wo kuri uyu wa kane igenekerezo rya 06 Gitugutu 2019 isaha 18h00 niho umugwi Chipa United usanzwe ukinamwo umukinyi w'inyuma w'intamba mu rugamba Nsabiyumva Fréderic wari wakiriye umugwi Kaizer Chief mu…
Mu ntumbero yo gushigikira no gutegura neza igikorwa ca MISS BURUNDI 2019, amashirahamwe atatu (FONDATION FEMIDEJABAT, Association Pour La Consolidation de la Paix au Burundi « ACOPA-BURUNDI » na Union des Artistes du…
Mu gihe umumenyeshamakuru akoze ikosa ashobora guhanwa n’amategeko y’igihugu atandukanye yaba amategeko mpanavyaha canke amategeko agenga umwuga wo kumenyesha amakuru. Mu kiganiro n’abamenyeshamakuru umukuru w’urwego CNC…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.