Umutambukanyi w’umukuru w’igihugu Denise Bucumi Nkurunziza yaremesheje mu gitondo co kuri uyu wa kane igenekerezo rya 17 Gitugutu umwaka w'2019, ikiganiro n’abamenyeshamakuru n’abanyagihugu bakaba bahawe akanya ko…
Ukwidegemvya ni ukuba ufise ubushobozi bw'ugukora ivyo uzi wategerezwa gukora Aha naricaye ndasooma bino bitabo abaciye urwevu banditse mbona ni vyiza cane. Ariko rero uwundi musi nariyumviriye nti none ni guki ,…
Kuri uyu wa gatatu waraye uheze igenekerezo rya 16 Gitugutu umwaka w’2019, umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu gihugu Pascal Barandagiye yari umutumire mu nama nshingamateka kugira yishure ibibazo vy’abatowe…
Inyuma y'aho vyari vyamaze kumenyekana ko agiye kugaruka mu rugo mu gihugu ciwe c’amavukiro, ni Sat-b, ngo ntakibonetse kuri uyu muhingamo w'igenekerezo rya 17 Gitugutu 2019. Bivanye n’ugucererwa agasirwa n’indege…
https://www.youtube.com/watch?v=zdg1r1MJ7Lg
Kuri uyu wa kabiri waraye uheze igenekerezo rya 15 Gitugutu umwaka wa 2019, ishirahamwe rya Rugby ryarashize ahabona abakinyi 12 b'abarundi bazoserukira Uburundi mw'ihiganwa rya Kenya Safari Sevens. Aba nibo…
Kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 16 Gitugutu umwaka wa 2019 abamenyeshamakuru b'insamirizi City Radio yo mu gihugu c'Urwanda aribo Taifa , Kanyizo hamwe na Regis bashize ahabon urutonde rw'abakinyi 11…
Nk'uko ryabikoze mu bindi bihugu bitandukanye ku mugabane wa Afrika, kuri uyu wa kabiri waraye uheze, igenekerezo rya 15 Gitugutu umwaka w’2019 niho ishirahamwe Canal+ ryamenyesha abarundi baba mugihugu nabari hanze…
Aho Imana yabusya , Shetani yari musi y'urujo!! Aho yavuga iti" sabe muzoronka" Sinzi igitabo nasomye nsanga abaciye urwevu bavuga ngo ibice birenga mirongo icenda kw'icana vy'abana ntituzi ico…
Nk’uko vyashikirijwe n’ubushikiranganji bujejwe umutekano, ugukinga no gutabara mu bihe vy’isibe n’ibiza bubicishije ku rubuga ngurukanabumenyi rwabwo Twitter, ubwo bushikiranganji bumenya ko kuri uno wa kabiri igenekerezo…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.