Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 14 Nyakanga umwaka w'2019 niho abamenyereza b'intamba mu rugamba bashira ahabona urutonde rw'abakinyi 33 bagiye kwitegurira Ubuganda mu nkino zo gukurakuranamwo zo…
Kijana NIZIGAMA NIPO muigizaji wa filamu nchini Burundi ambae kwa sasa amejichukulia nafasi kubwa ya ustar nchini Burundi kupitia filamu iitwayo RUREBEYA na KURUBONE, hadi kwa sasa mwenye anashuudia umaarufu huyo uku akipita…
Igipfungu cinshi nico kirangwa mu majambo asobanura ibura rya Kidum mu giteramo Kigali Jazz Junction co mu mpera z'uku kwezi i Kigali mu Rwanda. Mu gihe Kidum we avuga ko yabwiwe ko uburongozi bw'igisagara ca…
Inyuma y’igihugu ca Malawi na Ghana, Kenya kibaye igihugu kigira gatatu catanguye gukoresha igeragezwa ry’urucanco rushasha rukinga ikiza ca malaria kibangamiye cane akarere ka Afrika. Ikinyamakuru c'abongereza BBC…
Kuri uyu wa gatanu waraye uheze igenekerezo rya 13 Nyakanga umwaka wa 2019 niho umusatirizi w'intamba mu rugamba Shaka Bienvenue yatizwa mu mugwi Union Sportive Tatouine n'umugwi wiwe Etoile Du Sahel, akaba yatijwe…
Vichou Love yagarutse ku ndirimbo Sorry aho avuga iciyumviro iyo cavuye, akavuga ko yayikuye ku nkuru y'ivyabaye ku muntu. Vichou avuga ko hari Umuntu yitwaye nabi imbere y'umuryango wiwe ngo nuko yamaze kugira ico…
Kuri uyu wa gatanu waraye uheze igenekerezo rya 13 Nyakanga umwaka wa 2019 niho hamenyekana amakuru avuga y'uko umenyegori w'intamba mu rugamba Justin Ndikumana akinira umugwi wa Bandari Fc wo mu gihugu ca Kenya…
Ku musi wa kabiri igenekerezo rya 10 Nyakanga umwaka wa 2019 , niho umukinyi w'inyuma w'intamba mu rugamba yafata indege imushikana muri Oman kwumvikana n'umugwi Al Bachair ukina mu cicaro ca mbere muri Oman .…
Tetero yatewe ivyatsi impande zose, haba mu bamenyeshamakuru, abaririmvyi, eka no mu batwara ibinyamakuru bitandukanye. Igituma ni urwandiko yashize ku rubuga rwa Twitter. Umwana w'umukobwa Tetero aheruka gutsindira…
https://www.youtube.com/watch?v=QHWMK_zMZcQ&fbclid=IwAR2cx8kO28RCbbdTuf-fvwpEzBCXMNEWdxaXJ5xcK2Lb6848G6vt6uHETDo
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.