Nyote mnakaribishwa sasa baada ya matangazo marefu kuhusu filamu ihi ya COPS ENEMY. Ni filamu kubwa ambayo haijawahitokea nchini kwetu Burundi pia na East Africa nzima pia filamu hiyo imechezwa na kijana Mrundi ahitwae John…
Sat-B ashobora kuba agiye gukora collabo International nk'uko biriko biravurwa ku rubuga rwiwe rwa Facebook yanditse abaza abakunzi biwe ko afise amahera none ayagure Parcelle canke akore Collabo. Abatari bake…
Muyoboke ntiyemeza canke ngo ahakane ko Charly na Nina basubiye hasi, ariko avuga ko umuvuduko bariko bakirikumwe atariwo bariko. Biragoye kwemeza canke guhakana ko umurwi charly na Nina woba warasubiye hasi canke ubandanya…
https://www.youtube.com/watch?v=XEbMC51Fe4U
Atahutse agana umuhana, umwamikazi wa Vivi Muyomba yategerewe n'abagizi ba nabi bamutemaguza imipanga mu Kamesa iyo asanzwe aba. Umurimvyikazi Linah la Blanche yaguye mu mutego w'abagizi ba nabi mw'ijoro ryo…
Ugutanga imihoho kwa Florent Ibenge kwoba kwatumwe n'uko atitwaye neza mu nkino za AFCON2019 . Kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 07 Myandagaro umwaka wa 2019 , niho umumenyereza w'umugwi nserukira wa Congo Leopard…
Urukino rwa Champions league ruzohuza umugwi wa Aigle Noir hamwe na Gormahia rwitezwe gushigikirwa n'abanyeshure b'i Makamba . Mu gihe hasigaye imisi itatu gusa kugira urukino rwa Champions league ruzohuza umugwi…
Umushikiranganji w’amagara y’abantu mu Burundi yahaye ikiganiro abanditsi n’abamenyeshamakuru ku bijanye n’inkuru zimaze imisi zikwiragizwa zivuga yuko mu burundi hari ikiza ca marariya. Dr Thaddee Ndikumana yabeshuje ivyo…
Bugesera Fc mukwiyubaka gushasha yahisemwo gusumira mu Burundi. Mu gihe imigwi itandukanye yo mu gihugu c'Urwanda iriko iriyubaka gushasha kugira yitegurire neza ihiganwa ry'umwaka wa 2019-2020 uyo mugwi wamaze…
Umugwi Aigle Noir The Fighters ugiye kwerekana ubukomezi bwayo muri CAF Champions league. Kuri uyu w'Imana igenekerezo rya 11 Myandagaro isaha icenda 15h00 ku kibiga c'intwari umugwi Aigle Noir The Fighters watwaye…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.