https://m.youtube.com/watch?v=OKJHURbHMVY Urukuru rugize imisi ruhari kuri Lionel Messi umukinyi wa Barcelona akomoka mu gihugu ca Argentine, nuko ashobora kuja muri manchester City mu gihe azoba arangije amasezerano yiwe…
https://www.youtube.com/watch?v=ED7KU-ukVqA Ageze mu Rwanda ngo niho yagiye gutanguza umugambi yaramaranye igihe kitari gito ategura. Uwo mugambi nawe n'ugushinga inzu ihingura impunzu, Davy K. Ivyo n'ibiheruka…
Abakozi b’ishirahamwe Regideso bahembwa ku munsi bivanye n’ico bakoze bazindutse bagandagaza imbere y’ibiro vyaryo biri hafi y’ihinguriro ry’ibinyobwa BRARUDI, basaba kwongerezwa umushahara. Bashaka ko bava ku mafranga…
Ikibuga c’indege mpuzamakungu c’i Bujumbura citiriwe umukuru w’igihugu Melchior Ndadaye ngo kigiye gusubira kwugururwa. Nk’uko bishikirizwa na Prosper Ntahorwamiye, umunyamabanga mukuru akongera akaba umuvugizi wa Reta…
Umukuru w'Igihugu Evariste Ndayishimiye hamwe n'umutambukanyi wiwe Angélique Ndayubaha baritezwe i Malabo mu gihugu ca Guinée Equatoriale kuri uyu wa mbere, igenekerezo rya 2 Munyonyo 2020. Amakuru atangwa…
Inyuma y'ibiteramo mu mihingo myinshi y'isi Andy Mwaga agiye gukora igiteramo ciwe ca mbere mu guhugu c'Uburundi. Andy Mwag yamenyekanye cane nk'umucuraranzi ntasubirizwa muri kano karere avuza…
Cèdric Kaze abandanya yitwara neza muri Tanzania . Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 31 gitugutu umurwi Biashara United wari wakiriye Yang Africans mu rukino rw’indwi ya 8 y’ihiganwa ryo mu gihugu ca Tanzania ,…
Ibibanza vy’iratiro mu Burundi bigiye guhabwa ibikoresho bikwiye mu ntumbero yo guteza imbere igisata c’ingenzi. Umushikaranganji ajejwe ingenzi yabishikirije kuri uyu wa gatanu i Gishora muri komine Giheta mu ntara ya…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.