"Woye gutwarwa n'igihuhusi c'imishobisho maze ngo uzohave uca akenge, utakiri bwigarure!" Nk'uko hano twama tubikura mu bitabo vyandikwa n'abahinga banyuranye, turasanga vy'ukuri umuntu…
Naho atavuga abashobora kuba bamwanka urwo kumwica, ariko aremeza ko bariho bivanye n'ivyo baheruka kumukorera. Inyuma y'ukwibwa indirimbo zitaramenyekana igitigiri, humvikanye amajwi ya Big Fizzo yahumuriza…
R Flow yavuze ko hari akaganuke afitiye abakunzi b'ibikorwa vyiwe, ariko ntiyabashije gushikiriza ryari kazoshirwa ahabona canke uko kazoba kameze. Inyuma y'uturirimbo ariko arumvikanamwo akorana n'abandi…
Kebby yashimiwe n'abatari bake bari bagize igihe bamunyotewe kubera ukubura kw'uturirimbo twiwe muri ino misi. Akaba yaragize igihe asa n'uwuri mu gacerere gakomeye. Abo bakaba bashimye mu gihe aheruka gushira…
Hari kuri uyu wa gatatu waraye uheze igenekerezo rya 05 munyonyo umwaka wa 2018 , aho umugwi Ismaily Sc wo mu Misiri wari wakiriye Umugwi Messager Ngozi w'Iburundi mu rukino rwo gusubiriza rwa CAF Champions league…
Ubufaransa bwaraye bwemeye gutanga François Compaoré kugira ngo ajanwe muri Burkina Faso gucirwa urubanza rujanye n'igandagurwa ry'umumenyeshamakuru Norbert Zongo mu mwaka w'1998. Kuri uyu wa gatatu waraye…
Umuvyeyi wa Vichou ntiyigeze amuzibira ngo yanke ko amanuka I Bujumbura, ariko yamutekereye impanuro za kivyeyi kugira aze yitware neza. Inyuma yo guhurira I Bujumbura, Vianney , Bosco na Huguette bakaganira bahuza,…
Bamaze kubica hirya no hino, abahinga basanze rero intango ya vyose ari ivyiyumviro vya muntu. Ivyiyumviro vyawe bivamwo ivyamwa bijanye n'ibishobisho ( émotions) ubifatanije. Ivyiyumviro vyawe muri rusangi abahinga…
Ubuheruka, tuvuganye ibijanye n'ukugenzura ibijanye n'ivyiyumviro vyawe, aho abahinga baguhanura ko wokwamana na ntaryo ufise aho wandika ivyiyumviro vyose ubona bikomeye bishobora kugufasha, maze ukaza navyo…
Umukinyi w'umusatirizi w'Intamba mu rugamba ndetse n'Umugwi Rayon Sports Bimenyimana Bon fils Caleb yafatiwe ibihano bikomeye n'ishirahamwe rirongoye umupira w'amaguru mu Rwanda FERWAFA . Eka si…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.