Emery sun avuga ko Sat-b atari kwifata inyifato yifashe mu ngoro y'umukuru w'igihugu yitiriwe Ntare Rushatsi. Emery sun mu kiyago aheruka guha imboneshakure ya hano iwacu, yagarutse kuri Sat-b, aho yavuze ku…
Mumisi iheze sat b yabonetse yambaye ikoti rya kaki kungoro yo kwa Ntare Aho vyatanguye kuvugwa nabafana bimpande zitandukanye. Ikoti Rya Sat-B ni rimwe mubintu biriko biravugwa cane hano Mumuziki naho haheze imisi ata!-->…
https://youtu.be/wGpAB3WVlT8 Nta murundi n’umwe azobura ijambo mu gihugu camwibarutse yaba uwuri mu Burundi canke mu mahanga. Ivyo ni bimwe mu biri mw’ijambo umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye yashikiririje i…
Nk’uko mubizi haraciye imisi itari mike hakinwa ihiganwa rya Handball bitiriye Imishana, iryo higanwa rikaba ryitabwe n'imirwi ine mu bagabo n'ibiri mu bakenyezi. Akarere bita Sud kazotana mu mitwe na Nord 1 mu…
Urwaruka ruhurikiye mw'ishirahamwe ry'imvukira za Zone Bwiza rwo muri quartier ya Jabe rwifadikanije n'ishirahamwe rya Basket mu gisagara ca Bujumbura ACBAB barateguye ihiganwa rigiye gutangura mu mpera zino…
Kuri uno wa kane igenekerezo rya 18 Ruheshi umwaka w’2020 niho umukuru w’igihugu mushasha Général Major Evariste Ndayishimiye yaramuka arahora imbere y’Imana n’abenegihuhu ko yinjiye bwite mu mabanga yo kuyobora igihugu mu…
Biciye k'umutambukanyi wiwe, Fariouz ngo agiye gutera imbere bidanzwe, hadasizwe inyuma gukizwa no gukorera Imana. Umuririmvyi rurangiranwa wa hano iwacu Mugani Desirer azwi kw'izina rya Big Fizo, yahanuriwe…
Inyuma yo kuva mw'ishiahamwe BDUSA yarasanzwe aserukira mu ntara ya Texas, Innocent Ndayishimiye yaciye ashinga urunani ABC Texas mu ntumbero yuko abarundi boguma bari hamwe, bakanakorera hamwe. Ihuriro ry'ama…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.